Тёмный

Témoignage de Félix Niyonkuru / Rescapé de Kibimba 

Tele Renaissance
Подписаться 108 тыс.
Просмотров 68 тыс.
50% 1

Ayo Nabonye / Félix Niyonkuru / Yacitse kw'icumu i Kibimba
Témoignage de Félix Niyonkuru / Rescapé des massacres de Kibimba
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur RU-vid : bit.ly/2MCpJNQ
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancetele
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance

Опубликовано:

 

26 июн 2020

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 120   
@marierosenizirazana4610
@marierosenizirazana4610 4 года назад
Imana ishimwe ko warokotse. Abaguye muri ivyo bintu Imana Ibakire. Ariko ntibigasubire mw'izina rya Yezu.
@manmahuna1160
@manmahuna1160 3 года назад
Pole sana ncuti. Espérons k notre chère patrie izokira ubwo bujuju bw'indyane z'amoko
@felixbigirimana435
@felixbigirimana435 4 года назад
Personne n'a choisi de naitre hutu ou tutsi , s'il vous plait lutons que la justice soit fete au Burundi , a toute les victimes de barbarie humaine perpetree dans notre pays.
@ritza3452
@ritza3452 3 года назад
Iyaba ubutungane bwa kora bwigenga kandi bwubahiriza amategeko ntakibazo tuba dufise uyu munsi
@candidembayahaga5026
@candidembayahaga5026 4 года назад
Imana yarakuzigamye urarondera uyo yahuye jevelo umubwire kowamuhariye
@francoisen6755
@francoisen6755 2 года назад
Umuntu wense, yari umuhutu, yari umututsi, yatotejwe ahorwa ubwoko, nukuri mubabariranire niho nimana izodukiza uyu mugera witwa ubwoko. Jewe ntabintu vyishi vyomuburundi nzi, ndiko ndaba amadocumataires bivuye kuri Ikiganiro Ninde mperutse kuraba bakinye, berekana kera abazungu bataratera igihugu bagatandukanya abigihugu. Ndazi ko bitoroshe kubabarira uwahwiciye umuntu wokumutima kandi mwahora murabagenzi, musangira. Ndabasengera mwese imana ibahe gukomera muri Yesu/Yezu Kristo. Amen.
@WwddffDdssaa-rq3xu
@WwddffDdssaa-rq3xu 4 месяца назад
Imana ishimwe ndumva 😢😢 bitari vyoroshe nukuri. Pore. Sana imana iracagufiseko umugambi nukuri
@ahimunatube7497
@ahimunatube7497 3 года назад
Mpore Mugenzi. Imana ishimwe ko ugihema
@sylvainininahazwe8024
@sylvainininahazwe8024 4 года назад
je suis totalement resté muet. quel cruauté. le diable en personne
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 4 года назад
None nigute umuntu yiyumvira kwica uwundi kandi nabo bazopfa? Birababaje nugusenga Imana ituronse gukundana no kugiriranira ineza
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 3 года назад
Uvuze ukuri..
@harerimananadia3433
@harerimananadia3433 3 года назад
Nanj Nama ndavyiyumvir ukica umuntu nawe amaherezo uzopfa
@Jb-zc4kv
@Jb-zc4kv 4 года назад
Mon frère,pole sana
@rutembesashabikumi2282
@rutembesashabikumi2282 4 года назад
Kibimba nahandi nkaho abarokotse bageze murikaminuza barakaye cyane ndabyibuka kuko nimuribo havuyemo abihora kandi nigaga muri campus bamwe bateguye kwica abahutu twiganaga kugeza ubu memoire yanjye inyibutsa aba twiganye banapfuye nabi gusa jyewe umuntu yamburiye kuva muri campus byabaye narahavuye naho narumututsi wumunyamahanga, Iburundi nibarekeraho babane basangire enough is enough kwihorera 72 bimaze 15 ans barekeraho rero
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 4 года назад
RUTEMBESA uvuze neza cane ivyabaye mumashule menshi voir dans les ecoles secondaires wasanga bitumwa kenshi n'abanyeshule bihorera kukuko abo iwabo batemwe nabahutu mu caro canke baje bava muri ayo mashule nka KIBIMBA ....BUKIRASAZI.....nahandi henshi habaye ubwicanyi burobanuye. Par contre aba yeshule barokotse Petit seminaire de BUTA kubera umuvukano bari basanganywe abasigaye bose bagumye bafatanye munda kanatsinda ni ivyitegererezo vyumuvukano. Ndababazwa caaaaaane ninyifato nagasuzuguro gakorwa na CNDD-FDD abayitegeka bakanategeka igihugu nibo bantu bazi combien ibihe biha ibindi none raba imbuto bariko barabiba bongera babagarira bakibagira ko abazosoroma ivyamwa vyazo ari barya bana babo nkuko uyu munsi hariho abantu bariko barazira amakosha yakozwe n'ama generations batanazi🤷‍♀️ Inyandiko ntizifutangana qui vivra verra☹
@egidendikumana3025
@egidendikumana3025 4 года назад
Ababaturiye ntaco babarusha kuko nabonyene barahiye k'umutima . si bazima kubaho ukarinda upfa ukora amaraso si urupfu ruto. Umuvyeyi wabo gahini yabaraze umwuga mubi.
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 3 года назад
@Egide NDIKUMANA Sha uvuze ukuri
@stanleyvanpersieirakoze4039
Est ce que murabona ukuntu abarundi abafise Calibre faible!Murabona ukuntu abarundi bihutira kwemera ibinyoma vraiment.N'igute umuntu yo kubwira ngo wice umuntu ukamwica. Tu peux voir combien ideology ikomeye cane gusumba ibindi birwanishoo.Felix mpore kabisaa wihangane ndababaye,Wihangane Yesu aragukunda niyo mpamvu yakurinze agufiseho umugambii munini cane. Stay strong man! you are not lucky but loved by God through Jesus Christ.
@jeandedieunindagiye1422
@jeandedieunindagiye1422 4 года назад
Bizarrement aba DD ntibigera bavuga muri 93 kobatemye abantu , bavuga ivyo muri 72 . 🤷🏽‍♂️🤷🏽‍♂️. Mugiheta twahakuwe nimana muri 93 .
@cestlaviecestlavie4073
@cestlaviecestlavie4073 3 года назад
abo ba DD nyene mbere sibo bar'aba Frodebu 😏
@rosengendahimana5651
@rosengendahimana5651 2 года назад
Bh
@AdelinHasabumutima-ks3vs
@AdelinHasabumutima-ks3vs 2 месяца назад
Twihangane abantu twahuye nivyo bibazo.yesu azoduhanagura amasozi twarize.nimibabaro twatewe.
@user-ce6pz9uw7d
@user-ce6pz9uw7d 3 месяца назад
Gilbert ni mon frère baruhiye kumwica 😭😭😭😭
@perfectpeaceandlove4329
@perfectpeaceandlove4329 3 года назад
J'espère que les dirigeants de ce lycée ont été poursuivi en justice.
@fabricegakima2641
@fabricegakima2641 3 года назад
Imana isumbingabo,
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 3 года назад
MANA weee tubabarire.. abantu twarabaye ibikoko 😭😭😭 none nkabakoze ubwo bwicanyi nyimba bakiriho burya barasinzira neza??? IMANA ibababarire abakoz amabi murirya myaka yose
@sebastienberengercoulibaly8879
😭😭😭😭oh mon Dieu
@user-vs5iz6nb3m
@user-vs5iz6nb3m 7 месяцев назад
Ok
@nsengiyumvacecile590
@nsengiyumvacecile590 4 года назад
IMANA yarakoze kukuzigama 🤔🤔🤔🤔🤔
@tysemunezero6195
@tysemunezero6195 2 года назад
Murakwiye Guca Ubwenge Kweri. Jew Mbay Mumahang Igihe Kitarigito.Burya Nasanz Abarundi Baraturoze.Ikintu Kiranga Ubwoko Nindimi.Ntarurimi Rwigitutsi Nurwigihutu Ndinger Nunva Muburundi.Basha Unva Ndababwire Mwikebuk Muce Ubwenge.Nibuka Umuzungu Umwe Niwe Yigenz Kutubaza.Ati Non Ko Twunva Hari Intambara Iwanyu.Muvuga Indimi Zingahe?Twaramaramaye.Muve Ibuzimu Muje Ibuntu.Mwigishe Abana Banyu Ko Muburundi Atamoko Ariho.
@francisgisore1739
@francisgisore1739 3 года назад
Yoooo Mana we abantu bagira uwo mutima mubi ndenga kamere.bikwiye nko bahanwa
@Axcelbrillant1.
@Axcelbrillant1. Месяц назад
Mwihangane imana numuvyeyi kandyi ababikoze nabo nabantu bazovyishurwa imana ibandanye iguha imigisha
@kwizerayves6692
@kwizerayves6692 4 года назад
Pole sana bwana Felix
@alineingabire8881
@alineingabire8881 4 года назад
😢😢😢😢😢😢😢😢
@odettekamariza3522
@odettekamariza3522 3 года назад
Birababaj ark nukwihangan hm Imana ishimw kub ukir muzima
@igiranezadidace5504
@igiranezadidace5504 3 года назад
Imana uzobibabaz abobose bakoze amabi imana irababona
@niyoruremagloriose4849
@niyoruremagloriose4849 4 года назад
koko imanga ntimarira Imana!!! abo nabo berekanye ubuntu, Imana izovyibuke nawe Felix, Imana yarashatse kubaho, kurokoka ubwo bukoko birasiga ubwenge Imana iragahora iratabara
@bizimanatherrence8581
@bizimanatherrence8581 10 месяцев назад
Abashitse i Mwaro twagiye kuhashika 5h du matin ya le 22/10
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 4 года назад
Firmat kunyogegwa rimwe n'umutwa n'umututsi yego abakosha nubu baracakosha nyamara ivyakozwe na Firmat ntaho turigera tuvyumva uretse muri genocide y'urwanda sinumva rero ngena hari uwo bari gusangira urugendo gwo guhanwa ni kwa kubembereza kwa batutsi nyene arikwo kuzobagezayo. Ubu ivya numa nume ntabigihari Felix weeeeeeh umututsi aricwa ugwagashinyaguro izuba riva nyamara nkuko ubivuze buraca bugacana ayandi kandi ingwe ntiyarizi gufatira ku gakanu yarigishijwe. Ico mbona co amahoro aracari kure nkukwezi mu Burundi
@nancyina5241
@nancyina5241 4 года назад
Humura: Nkuko uvyivugiye, "Buraca bugacana ayandi". Ivy'iyi si, uwutabizi aravyiyitirira. Arko guhinduka, ni akanya gatoyi cane imbr y' Imana. Humura pe! Dufise Imana!
@mugishaannick867
@mugishaannick867 4 года назад
Muburundi génocide ntiyabaye 93?
@ritza3452
@ritza3452 3 года назад
ICO KIBAZO KIBAZWA BUYOYA UYU MUNSI. UMUHUTU UMUTUTSI UMUTWA A LA FOIS. NONE UBU NIWE BAGEZE KO
@nibitangaemmanuel2430
@nibitangaemmanuel2430 Год назад
Niwihangane mwana wa mama.Burya abateguye kwica NDADAYE bakwegeye abarundi akarambaraye
@melchiadenyandwi-tv8kz
@melchiadenyandwi-tv8kz 7 месяцев назад
nibo bari bakwiye kubazwa umuriro batwokoreyemwo ,kandi bashaka gukora nkivyo muri 72
@joemac7463
@joemac7463 Год назад
Ndakeney komutanga interview yabacitse kwicumu muri Université yu BURUNDI !!!! Mutange na interview yabarokotse kuri Athénée Royal i GITEGA
@user-op8ff8ts6o
@user-op8ff8ts6o 8 месяцев назад
Aravumwe uwowes yakoze ivyo bintu ni wamashigikiye Wes kuko azo vunagugwa giturumbuka aragura gitabara kuko ivyo bakoze arubu nyamaswa
@nkunzimanadonatien7050
@nkunzimanadonatien7050 7 месяцев назад
Impande zose zarabuze, mais vyose bifise iyo vywzanye mubisanzwe ntakaburimvo.gikuru nuguhariranira kumpande zose
@irutingaboisaac7673
@irutingaboisaac7673 Год назад
Mujyaza mudufasha tubashe ku downloading ibiganiro byanyu
@petroniegriggs9268
@petroniegriggs9268 3 года назад
Mana y uburundi Tamara ayo maraso yasesetse ntapfe ubusa uburundi nabarubdi basigaye Barone amahofo
@mutombopatrick1292
@mutombopatrick1292 Год назад
Abahutu murahanura benewanyu babe abantu. Kuko umengo n'inyamaswa a 90%
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 Год назад
Bagomba kubashinga kwibiheko vyistinzi nkakumwekwamicbero bimwevyastirugwa nandadaye abantubakikangura baribasinziriye nkibijuji
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 Год назад
Poresana mwarababaye benedata ihangane
@karangwa2315
@karangwa2315 Год назад
urwango hagati yamoko muburundi no murwanda ruturuka he ko birenze ubwenge bwumuntu
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 4 года назад
Basokuru barayamaze ngo ntukavuge nkuba kubita UMWANSI ,N'UMUKUNZI irajana.
@belysekajambere9576
@belysekajambere9576 Год назад
Ooh mn Dieu tabara abarundi bafis imitima mibi kubera ivyo babonye kubera abazungu twikebuke basha twbw turi bamwe nukuri ni Satan
@user-yp6yu7wg9k
@user-yp6yu7wg9k 5 месяцев назад
Sabahutu bicagusa ew sinabatutsi bica sinabatwa abantusatanagereyemwo bose babababi shitaniniwese wibibi
@tharcissenimpagaritse3537
@tharcissenimpagaritse3537 Год назад
Temoignage
@user-uq8fh4fr6i
@user-uq8fh4fr6i 2 года назад
Felix umucamaza imana ukorera ibibanza wihangane vyose nisatani wabikize
@philotheenibigira4988
@philotheenibigira4988 Год назад
Twararyanye turi bamwe
@deobiho
@deobiho 4 года назад
Ikindi kintu nokwama nsaba canke mpanura abarundi : ni kuki nta numwe avuga inkomoko yatumye turyana hagati yacu ? Erega hari na bahutu bakorewe ivyonyene mubindi bice vyu Burundi... Rondera intango yavyose iyo vyatanguriye n'uwabitanguje.
@emmanuelbaribarira1381
@emmanuelbaribarira1381 2 года назад
Inkoronko nubebeshi bwabacoloni
@niyonkurublaise7998
@niyonkurublaise7998 Год назад
Mbega ivyo vyabaye imbere y ubwicanyi bwabereye kuri université y.uburundi?canke vyabaye inyuma? None ivyabaye kuri université vyakozwe n.abande?
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 7 месяцев назад
Genda ubibaze urabazande se ivyokuri university yuburundi avuze ivyiwe ubwo umunyamakuru nabona nabandi azobabaza.
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 7 месяцев назад
Ntube warabibaza marehemu Nkurunziza siho yize mbere yuko ajamwishamba.
@jeannshimirimana3955
@jeannshimirimana3955 4 года назад
Reta nitugirire imbabazi iganire nabahunze iryo bara ntirizongere gusubira kabisaaa...
@juiffkwizera413
@juiffkwizera413 3 года назад
Aka nakaga kagwiriye uburundi ikibabaje nuko abari kubutegetsi bavuga ivyo bigombeye
@landryruberintwari1316
@landryruberintwari1316 4 года назад
Iryo namba atari ihonyabwoko n'iki??
@user-vv4ij6ul2k
@user-vv4ij6ul2k 3 месяца назад
Pore sana uzokira wewe
@tonchimagnus1124
@tonchimagnus1124 4 года назад
Wewe wari umwana ico gihe ntavyo wamenya ivyo bakuru bawe bategura,
@ritza3452
@ritza3452 3 года назад
Amaherezo amahoro azosasagara mw izina rya yesu
@eric7321
@eric7321 4 года назад
Ces sauvages sont encore là?ou ce sont eux qui continuent à massacrer les Burundais
@niyonkurublaise7998
@niyonkurublaise7998 Год назад
Quelles sont ces sauvages?
@ramseynshimirimana9252
@ramseynshimirimana9252 4 года назад
Wewe ushaka gutunganirizwa. Natwe Micombero habarugira na Gaciyubwenge ivyo badukorerye my Buhonga ntituratunganirizwa ihangane natwe turihanganye twe twabuze abavyeyi incuti nabavandimwe. Nimitungo hababara uwakozwemwo
@africanqueen9452
@africanqueen9452 3 года назад
Aravuga témoignage y’ivyo we nyene yaciyemo, vuga nawe ivyo na wewe nyene wabonye.
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 3 года назад
Vyumvikanako,abantu bapfuye mubwoko bwose.nubu umuzungu adukoreyeko akiriko.kuko abarundi benshi bagendana ibikomere vyinshi vyintambara.
@ubuzimabwaclaudine9798
@ubuzimabwaclaudine9798 4 года назад
abararundi mwarabatesi nigute mwagira abasirikare ntibabatabare nukuri ubu mwizeubwenge ntimwayabaraga
@thierryhabonimana7742
@thierryhabonimana7742 4 года назад
Uvuze ukuri, nta genocide ishoboka igisoda kitabaye complice. Abasoda b'ico gihe nabonyene barafise ico babazwa!!
@cestlaviecestlavie4073
@cestlaviecestlavie4073 3 года назад
Claudine Murekatete • abo basirikare nabo bari baracits'intege kubona Butoya yari yaragurishije igihugu 😏
@nsengiyumvajeanmarie
@nsengiyumvajeanmarie 3 года назад
Renaissance bamutanga n'ibiganiro kubahutu bacitse kwicumu
@ndorerejeanclaude2538
@ndorerejeanclaude2538 4 года назад
My God. Le progrom de Kibimba a été le sommet de la barbarie qui avait été enseigné depuis longtemps! Dommage que les réalisateurs du monde entier ne produisent pas un film pour montre cette Shoah à la Burundaise qui n'a jamais été relayée par les médias du monde! A Gishubi, Buhiga, Butihinda, Bukirasazi,....Bugendana,....c'était une chasse à l'hoe. Et la communauté Internationale préfère parler de guerre civile alors que le rapport des Nations Unies S/852/1996 parlent exactement de génocide exécuté sous la supervision des cadres du Frodebu.....!
@qc5clickclick558
@qc5clickclick558 4 года назад
Mbega urashobora kuja mumwaka w'umunani utazi izina ry'umukuru wigihugu??kandi baraye bakereye izosi,Hanyuma abaje gutera Hopital Military nibande k'abatwara bari buzuye iguhugu aribo bari bafise inkoho. Sha urabesha .
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 3 года назад
Kbs nyene arahabesheye ahohantu, kuko icogihe ubushobozi bwari bufiswe nabatutsi, Nimbwa naho yarokotse kuvugako ataho vyagiye ivyakirya gihe,,,, Nashime Imana kuko yavuye ahakomeye
@felixbigirimana435
@felixbigirimana435 4 года назад
Mbega igihu mugihugu c'uburundi igisoda carihe 1993 genocide des Tutsi?Ndabasavye muze muntohoreze mumpe inyishu. Birabaje.
@marieroseirakoze528
@marieroseirakoze528 4 года назад
Bonne question .nyagisoda carihe nyene????
@francinendayambaje4728
@francinendayambaje4728 4 года назад
Ugukira kwuburundi kuracari kure Dieu seul peut savoir
@deobiho
@deobiho 4 года назад
Abanyeshure 1000 muri internat imwe ? Igihumbi??? Cameraman: twereke inkovu ya Javelot ku kuguru yavuze ! Sinanse ivyo uvuze kuko twese twarabibayemwo Abahutu Abatwa Abatsutsi twese twarononewe ,ariko urugero rwokuvuga iyo rurenze urugero bica biba bitesha agaciro témoignages zawe...
@francinendayambaje4728
@francinendayambaje4728 4 года назад
Unviririza utekane
@patpatson9201
@patpatson9201 4 года назад
Gilbert est un ami et il habite aux USA, sa version des faits irasa cane nivya Félix ! Gilbert a montré ses cicatrices, mais je salue la pudeur de Félix ! Ico gihugu caravumwe kabisa!
@africanqueen9452
@africanqueen9452 3 года назад
Reka kumusonga!
@cestlaviecestlavie4073
@cestlaviecestlavie4073 3 года назад
none yokwibeshera 🙄, canke ni wewe wayimusutse ko 😏
@rosengendahimana5651
@rosengendahimana5651 2 года назад
Bk
@alesnema9596
@alesnema9596 4 года назад
Ivyo ndanizi cane duhungira murwanda abahutu abasida babatutsi baraturasa urusasu runfata mukiganza none nanje ndikimuga ibintu ntazibagira vyambayeko nfise imyaka14
@ritza3452
@ritza3452 3 года назад
Njanye nawe uvuga ko utazibagira ko bakurashe ukaba ikimuga. Uyo nawe ngo yaribagiye ko bamuturiye bisigura ko abo barikumwe bahasize ubuzima bo yabibagiye kera!!!@
@nsengiyumvajeanmarie
@nsengiyumvajeanmarie 3 года назад
Ngo uwitwa président ndadaye ngo boba bari bamwishe???sha urantwengeje!!!wahavuye usanga iyonkuru atariyo?
@apongofestus338
@apongofestus338 4 года назад
Watusi watu wabaya
@bwejeri2353
@bwejeri2353 4 года назад
Mr NIYONKURU FELIX warakoze kuvuga ivyakubayeko ariko washizemwo ububeshi bwinshi> 1. Uvuga ko umugenzi wiwawe yaguteye javelo kukuguru ariko ugashobora gusiga abari babategereye igihinga. 2. Uvuga ko bagukubise ubuhiri bwo mumutwe kikaba kibaye igikomere cakabiri ariko agashobora kubasiga. 3. Uvuga ngo President yariyatowe ngo ntawe waribwumve ngo ntimwari mwemerewe kuraba TV . None bari babujije kuraba TV wewe gusa kw'ishure ryose? 4. Uvuga ko bazanye ingunguru y'igitoro ngo babasukako nkakurya umuntu yoga douche baca babaturiza n'ibibabi vy'imikaratusi muri munzu. Wewe uwogushira munzu akagusukako igitoro cuzuye ikirahuri gusa burya worokoka? 5. Uvuga ko babatwaye kuvurirwa muri Hopital Militaire ngo baca baza kuhatera ngo babicireyo. None ivyo ubibwira abatahazi canke ni ukurosha inkuru? NASHAKA NDAKUBWIRE KO IVYO UVUGA UBIVUGA KUGATWE KAWE NTAMUTUTSI YAGUTUMYE. TWEBWE ABATUTSI B'IBURUNDI TUBANYE NEZA N'ABAHUTU.
@patpatson9201
@patpatson9201 4 года назад
None Tuhabonye Gilbert nawe yarabeshe ko bavuga bimwe? Canke uvyanse kuko utavyiboneye n'amaso yawe?
@ellamuco8779
@ellamuco8779 3 года назад
Ntiyabeshe kuko Imana iyo yashatse kukurinda nah borasa ntupfa
@rosengendahimana5651
@rosengendahimana5651 2 года назад
Bk
@claudinendayikengurukiye84
@claudinendayikengurukiye84 4 года назад
😂😂😂😂
@estellaniyonzima9377
@estellaniyonzima9377 4 года назад
Utwengejwe Niki?warimwo mubabikoze
@ritza3452
@ritza3452 4 года назад
N umuriro uri muri gihenomu urababaza gusumba.
@meddyme1795
@meddyme1795 4 года назад
Abahutu banany ubugome nubu ntibizabavamwo kuko imana yarabavumy nkagahini
@brightonbrighton8671
@brightonbrighton8671 4 года назад
Bon depart Tele buyoya.hanyuma kandi muzotubarize ntibantunganya nawe atubwire ukuntu yacitse ubwicanyi bwahitanye Ndadaye na bamwe muba ministers biwe. na Kandi numva ko na NEVA yoba yaracitse ubwicanyi kuri university of Burundi muri 1994.nawe nyene muzomutumire atubwire uko yatorotse
@dorismugisha9859
@dorismugisha9859 4 года назад
Yoooo numu oncle wanje nawe yacitse kwicumu ngira woba umuzi Felix yitwa selaman ubu aba mukanyosha lMana ishimwe komwarokotse
@dorismugisha9859
@dorismugisha9859 4 года назад
Bama bavuga NGO abahutu barishwe 72 mbega 93 kobatavuga kobishe abatutsi gushika nanabu bakibanyuruza lMana itabare
@marieroseirakoze528
@marieroseirakoze528 4 года назад
Aho woba ujaniranije ubugome si ubwoko kuko hari abameze neza de mon cas . À mon école , j'étais sauvé par un hutu .D'ailleurs, je lui remercie toujours monsieur jean De Dieu qui était directeur du collège Bukirasazi.
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 3 года назад
Sindumuhutu mais,ntuvuze neza nukuri.ntamurundi n'umwe lmana yavumye,ntanuwutonye ku Mana.icaha Nico kibi mugenzi.naco,yaba umuhutu canke,umututsi yaragikoze,lmana yeze abarundi mugenzi.
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 7 месяцев назад
Mpore Mpore twahaburiye abana bakiribato batazi ayomoko babaziza ntawakoze amaraso atazayabazwa mbere bose barapfuye.
Далее
Témoignage de Tite Ndayisaba / Torturé en 2015
27:30
아이들은 못말려 〰️ With #짱구
00:11
Просмотров 541 тыс.
Témoignage de Nadine Bigirimana.
14:41
Просмотров 19 тыс.
Témoignage de Gabriel Rufyiri
45:16
Просмотров 13 тыс.
NTIBANTUNGANYA IGANDAGURWA RYA NDADAYE
1:14:47
Просмотров 47 тыс.