bnjr Pam... merci pour l'émission iryosh kandi yigisha can.ariko le problème ihari kuma couple kuvyerekey langage d'amour nuko hari abibazako ari ama caprice umuntu yigira,bigatuma haba kudatahurana, espérons k hari benshi bazogira ico bamenye nibaraba iyi émission
Je dis merci à la famille,muretseko muri umuryango murabikimazi kuko nahimbawe kuvyo mwavuze knd kuba mwarabihaye n'a madame wanjye kuba yarabaye iwanyu yarize vyinshi kuri mwebwe ,ndabishimira Astere na Louise kuko vyinshi muvyo Louise akorera astere umufasha wanjye arabinkorera par exemple :c'est elle qui coiffe mes barbes,Hama ndashimiye Pamella ko yoza aratuzanira ibiganiro nkivyo biratuma bamwe bagarukana agatima keza mumiryqngo😊😊
Mbony notification,nsanga ni family ya Astere nciy nugurura,narabakunz can,IMANA ibahezagire caaan bafashij benshi Habonets occasion nzobaha bouquet de fleur❤😊