Тёмный

Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye yari akwiye gutanga imihoho (F. Bamvuginyumvira) 

Tele Renaissance
Подписаться 114 тыс.
Просмотров 22 тыс.
50% 1

Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye yari akwiye kumenya ko Abarundi atari ibijuju. Ivyo bivugwa na Frédéric Bamvuginyumvira, arongoye urunani CFOR-Arusha rurimwo imigambwe itavuga rumwe na leta. Abivuga afatiye ku majambo yavuzwe na Evariste Ndayishimiye ku munsi wa gatandatu uheze, mu gihe hariko hibukwa imyaka ine iheze uwahoze atwara igihugu Petero Nkurunziza yitavye Imana. Ico gihe umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yavuze ko umwimbu wabaye mwiza mu gihugu, ko Abarundi bamerewe neza cane. Ku bwa Frédéric Bambuginyumvira, umukuru w’Igihugu Ndayishimiye abigira nkana, agasamaza abantu kuko abona ko ata nyishu afise ku bibazo indiri bihanze igihugu muri kino gihe. Izo ngorane zerekana ko Ndayishimiye n’umugambwe wiwe CNDD-FDD, vyabananiye kurongora igihugu, ari na co gituma bari bakwiye gutanga imihoho hakaza abandi babishoboye.

Опубликовано:

 

28 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 43   
@nduwimanaclaude-x5p
@nduwimanaclaude-x5p 3 месяца назад
IMANA ibahe umugisha, ivyomuvuga nivyo abarundi turagowe PE. Mukidutwara mwe na Buyoya, ivyontivyigezebiba. IMANA iduhe Président akundabanyagihugu murakozecane
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 3 месяца назад
Ivyo yavuga 40% ndamushigikiye akokantu abashizemwo kogusuzura zina mu mdd nikokabi kandi nawazi yigihugu Bariko barakijana n'a Buyoya iyo aboyita abasi batakiramira kiba kigezehe? Nabwire uwuriko aratwononera ahotwari tugeze mugabo nawe ntiyigire umuhanuzi kuko turazivyiwe mubovuga ivyakamato ntarimwo
@jboscoigiraneza9864
@jboscoigiraneza9864 3 месяца назад
Ivyo muvuga nivyo ariko akokantu ko gutuka umukuru w'igihugu ngo '' ''igikehabwenge '' siko birahanwa n'amategeko😢
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 3 месяца назад
Iki gihugu tubamwo ubu, ndibaza kitacitwa Uburundi, iki gihugu gisigaye kifise irindi zina tutazi
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 3 месяца назад
Mwaramutse Mutama wacu Frédéric Bamvuginyumvira. Muri Edeni hararyoshe kubayo pe !!! Le Burundi 🇧🇮 se dirige vers le précipice. Le peuple burundais vit en fer, pas dans le jardin d’Eden
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 3 месяца назад
Abahutu yamariye kubuhomba n'a Buyoya kwatabavuga ivyovyo biramworohera kudahwa
@alexndihokubwayo8010
@alexndihokubwayo8010 3 месяца назад
Uvuze ukurinkukurima
@ChristianeUwihoreye
@ChristianeUwihoreye 3 месяца назад
Abazoshobora igihugu se umbonera ari bande? Ntabwo muzabuza ivyahauwe gusohira
@paddynkunzimana2459
@paddynkunzimana2459 3 месяца назад
Kura ubunwa ngaho, ntavyama vyera ngo de,ari kukivi nitumurindire
@NoellaBurundi
@NoellaBurundi 3 месяца назад
Nukur iyaba vyakunda mvarikuzana irya mir 23 muburundi ikabakura kunguvu cinge intambara ikaba abapfa bagapfa abakira bagakira kko turarushe kubiriko biraba 😮😮
@ukuriijambo9418
@ukuriijambo9418 3 месяца назад
Nimutahe mutama mwiyungunganye muri frodebu,tubahunde amajwi kumwe kwo muri 1993
@joemac7463
@joemac7463 3 месяца назад
93 ntube waraza ugafata nyakoho ko ndadaye yariko agandagurwa bunyamaswa ??? Ukumeze
@sourtanshemu9512
@sourtanshemu9512 3 месяца назад
😩😩😩😩😩😩😩😩
@niyonkurusalim2186
@niyonkurusalim2186 3 месяца назад
Mwagye hanze kumuvyongera kugra atange imihoho?emwe namw nimuze trabe ivyanyu ariko mugihe akiri ngaha twe n mutama tuzobaho uku nyene kko vyose nimwebwe trakizi.
@MrNuurofficial
@MrNuurofficial 3 месяца назад
Kumbe nimwe mubituma Mwambwamwe non ndakubaz ikibaz kuberik mubishir Kur président abo guhera kuri ministre kumanuk gushik kuri nyumba kumi bajejwik ko mwigira abanyabwenge Kand namw mugomba kunyaga igihugu twarabahinyuy 😂😂😂😂
@madibafiftynine5965
@madibafiftynine5965 3 месяца назад
Uwo mu president sinzi iyo yajava. Ni. Cadukaa. Cikiza. Cuburundi
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 3 месяца назад
😂😂😂mana yanje mana yanje none nukuri burya Igikuru n'ukwo bava kubutegets canke harubundi buryo vyocamw nihaza abandi nabo bikaba nkukwo biri iherezo ryoba irihe???
@nzitakuzepaul8025
@nzitakuzepaul8025 3 месяца назад
N'aho hooba hari ibigoye abarundi twokwisonera mu mvugo.
@DonchretienMrsiko
@DonchretienMrsiko 3 месяца назад
Suko vyogenda. Aho wewe abana bawe batashika nacumi baronka ivyobakeneye vyose? Bizohera Imana irabibona
@jobirazanye5045
@jobirazanye5045 3 месяца назад
Umukehabwenge wambere dufise ni wewe !! Wibaza ko usumvya ubwenge NTIBANTUNGANYA, NDAYIZEYE, NTAVYOHANYUMA, RUFYIKIRI n'abandi ntiriwe ndavuga !!
@alny1935
@alny1935 3 месяца назад
😂
@CharlesBukuru-u2e
@CharlesBukuru-u2e 3 месяца назад
Rekuzamenyo yuzuyakanwa mwagiyehe ntimwoza mukasamira ino mugihugu muheza kwicabarundishahu mugacamuhunga njyanye namwe mwaronsayoguh7ngishimiryango yanyu ayomwahungishije imiryangoyanyu komutayatereye mumigambi yiteramber abarundi ibibahanze nikugiramahoro ivyonavyo bibura turizeramahoro ahariko bizoher bwejera hirya sha
@TiteNiyo
@TiteNiyo 3 месяца назад
Nkaw wamaziki ? Kontari nkikwibuka nkuwabaye umutgetsi? Uburundi wabarahomvy
@ArinitekaHassan-os9mr
@ArinitekaHassan-os9mr 3 месяца назад
Uragapfa urwo ntajambo ryawe wamaziki? Wamwakuwe ,icurico,urumuja wabakoloni
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 3 месяца назад
Ivyowarikuravuga umwanyumwe vyarivyo ako kogusuzugura abobose mutavugarumwe nawe uzi ivyomwakoze na buyoya ntabwenge ushizemwo kuko wewe ntaterambere wagejeje kugihugu rero nkawe ntacowohanura iyohavugabandi
@luizfigo1133
@luizfigo1133 3 месяца назад
Aha ngo babyibye babijyana mu Rwanda 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 umupaka ufunze😂
@adijaamur962
@adijaamur962 3 месяца назад
Imana iriho kandi tuisenge
@shabajims2966
@shabajims2966 3 месяца назад
Kura😂amaboko mumpuzu ntimukabeshere imana muhenda abantu.urazi ibihugu vyabazungu badasenga ariko bagatelle imbere.
@mugwanashakamadiba8726
@mugwanashakamadiba8726 3 месяца назад
Nanje mbabazwa nizo ngegera zitwaza imana zabazungu.... biranhora ....nibaze dukore tureke kwitwaza imana
@thedailycheckpoint
@thedailycheckpoint 3 месяца назад
@@ncxp5663mwembi muri ibimara. Ibihugu byakizungu birimo kiriziya. America ni christian, Russia ni christian, France ni christian. Ikibazo cyuburundi nukugira umuperezida uzi kurya gusa.
@thedailycheckpoint
@thedailycheckpoint 3 месяца назад
@@ncxp5663 mumbabarire kubibazo nshuti yanjye. twe nkabanyafurika dukeneye gusiga ibintu byamoko inyuma. dukeneye kwiga imibare ikwiye, siyanse. icyo tuzi ni ubuhinzi no kuragira inka. abazungu bakora indege, imodoka. ariko turacyaba mumazu y'ibyondo.
@IrakozeEgide-q1s
@IrakozeEgide-q1s 3 месяца назад
Iyo mbwa nihore
@Bimenyibimenyi-vk1cd
@Bimenyibimenyi-vk1cd 3 месяца назад
😁😁😁🥱🥱kuvaho wadedembeye nturasokoroka nguze utwereke uko wodutwara mbe Abo wamiza mukanwa botwara nibande kutabavuga nyamba ariwewe ingutwereke
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 3 месяца назад
😂😂😂mana yanje mana yanje none nukuri burya Igikuru n'ukwo bava kubutegets canke harubundi buryo vyocamw nihaza abandi nabo bikaba nkukwo biri iherezo ryoba irihe???
@NdayikengurutseEmanuel
@NdayikengurutseEmanuel 3 месяца назад
Ndumiw umugabonkaw ni ww wubahuka gutuk,umukuru w,igihugu yatwey atow n,abanyagihugu !! Iyab,uwakubise kudeta hoho namitende vraiment ututs,abarindi bose bamutoy ndagusab,ucicishij ahanyen uradusabimbabazi.
@ngenzi.250
@ngenzi.250 3 месяца назад
Nivyanka si ugwanda, urukundo nirwo rwambere apana kubeshyana,...
@Dgc1472
@Dgc1472 3 месяца назад
Uburundi vyagumye biri mal organisé bidatera imbere. Imana idutabare igihugu cacu
@CyriaqueIRAKOZE-v4v
@CyriaqueIRAKOZE-v4v 3 месяца назад
None mwibazako arikihe gihugu kitaraca mubihe nk'ibi? Erega igikuru si ugutanga imihoho.
@ThierryButoyi-b3t
@ThierryButoyi-b3t 3 месяца назад
Umukehabwenge ni wewe
@NdayikengurutseEmanuel
@NdayikengurutseEmanuel 3 месяца назад
Ariko bobo komwabuz,induru?
@ColorRastaentertainmentetbb257
@ColorRastaentertainmentetbb257 3 месяца назад
🤭🤭🤭
@NdayikengurutseEmanuel
@NdayikengurutseEmanuel 3 месяца назад
Ivyo naw abivuga mumvo zogushera turi mumahanga,arik,Uburundi bwakera hanj sibwo Burundi bwubu harivyinshi vyahindutse mbere mwebwe nyene nimwo mutumye bibi bityo
Далее