Тёмный

Umukuru w'Igihugu asaba abajejwe intwaro gutuza ibinyobwa bishobora kubangamira amagara yabenegihugu 

Mashariki TV
Подписаться 308 тыс.
Просмотров 9 тыс.
50% 1

#Burundi Umukuru w'Igihugu asaba abajejwe intwaro kwitwararika kubaho neza kw'abo barongoye, bakamirira kure ico cose coza gihungabanya amagara y'abenegihugu harimwo na bimwe mu binyobwa bishobora kubangamira amagara yabo. Prezida Evariste Ndayishimiye yabishikirije kuri uyu wa gatandatu aho yariko aragendera intara ya Kayanza ngo yirabire imigambi y'iterambere iriko irarangurwa.

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 19   
@salimramadhani740
@salimramadhani740 Месяц назад
Viva africa Viva Burundi 🇧🇮 from Burundi Lives in cape Town ❤🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡
@Nikiza.Bellansine
@Nikiza.Bellansine Месяц назад
None. Korankawewe. Ninkuko. Kuronka. Inzahabu. Mubugingobwanje❤❤❤❤❤❤
@IsaacNsengiyunva-yc6vy
@IsaacNsengiyunva-yc6vy Месяц назад
Ukur kuzuye🎉🎉🎉
@Vision2300
@Vision2300 Месяц назад
En 2024 un président est sensé montré le développement véritable, construction des routes construction des centres commerciaux mettre l'électricité partout sur les routes pour attirer les touristes, pas aller tout le temps aux champs ! Où vas l'argent au burundi ? Vous faites quoi avec ?
@user-tc7vp4gm3l
@user-tc7vp4gm3l Месяц назад
None iryo shirahamwe rizana iyo nzoga bayinjije bigenze gute ? Haribikigoye cane gose
@Mpawenimanafrancois-js6qw
@Mpawenimanafrancois-js6qw Месяц назад
Mucezo wandani😅😅😅😅
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Месяц назад
Turi n'umu president wakijuju kweri.atambana ibipawa.imbundega yambere ni Ndayishimiye 😂😂😂igihugu gitwarwa n'umugabo atuzuye mumutwe😂😂😂
@user-lm4hp1tt6h
@user-lm4hp1tt6h Месяц назад
None ababidanda simwe mwabahaye uburenganzira???
@user-ui9bh7oq7s
@user-ui9bh7oq7s Месяц назад
Inzoga sisaporo gusa hariho nyongera savana sutsurutsa nizindi ninyishi
@Ubuntu81
@Ubuntu81 Месяц назад
Ejo muzokwagiriza abakoloni canke Urwanda, ubonako muzi kwigovyora.
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 Месяц назад
Wibucke igitoro namatara
@user-ui2cc4bk6m
@user-ui2cc4bk6m Месяц назад
Umutama wacu nda mwikundira pe
@richardburundi3090
@richardburundi3090 Месяц назад
None muzehe siwe ubaha uruhusha gwokubikora rekasha aho usanga batarariha😅😅😅sapol irimuzindinyishi muzehe
@user-jl9nn5dw9x
@user-jl9nn5dw9x Месяц назад
Komera mutam uturongore mpaka dushik kumbono abakeba barabuze nayobacira nayobamira barahize nibaze twubakigihug7 cacu
@Princetuyishime
@Princetuyishime Месяц назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@vinceruba9841
@vinceruba9841 Месяц назад
Ariko se ibi bintu ngo amarozi, ngo shetani mbona harimo imyumvire iri hasi namatiku
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
😅😅😅 abanyarwanda murimusara ninzigo nintuntu
@nduwaemma8588
@nduwaemma8588 Месяц назад
Ariko saporo nyene agacupa kangana kurya ngo vol 16 nibagabanye zibe nka 5 cank 7
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 Месяц назад
Turi n'umu president wakijuju kweri.atambana ibipawa.imbundega yambere ni Ndayishimiye 😂😂😂igihugu gitwarwa n'umugabo atuzuye mumutwe😂😂😂
Далее
FIR,AUNA YAFI TUNUBU IYA MULKI DA ADALCI
9:09
Просмотров 5 тыс.