Тёмный

UMUTEKANO WAKAJIJWE🇧🇮 PRESIDENT W'UBURUNDI S.E Evariste NDAYISHIMIYE AGENZUYE INGABO MU BIRORI 

Fulgence Mika
Подписаться 40 тыс.
Просмотров 28 тыс.
50% 1

UMUTEKANO WAKAJIJWE🇧🇮 PRESIDENT W'UBURUNDI S.E Evariste NDAYISHIMIYE AGENZUYE INGABO MU BIRORI

Развлечения

Опубликовано:

 

30 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 123   
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 4 дня назад
A very Happy Independence Anniversary to my fellow Burundians ❤️ 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Imana itube hafi iterambere, ubumwe n'ibikorwa bibe arivyo bituranga!🙏🙏🙏 Icubahiro n'amashimwe ku Mana Mushobora vyose, maze Ingabo n'intwazangabo z'igihugu cacu zubahwe kandi zikomere ku mirimo! 🙏🇧🇮❤️🤝👏💪
@user-pk4lv2ww2i
@user-pk4lv2ww2i 18 часов назад
Munyarukire iwacu murebe udukositimuuuuu we abakobwa bacu bakeye cyane mbese n'ubukwe ❤❤Rwanda. Hejuru
@NtabaraEudes-vn3qe
@NtabaraEudes-vn3qe 2 дня назад
Nukuri arko yoyereka anacakara biwe nibicurizwa byiwe ngo nabasoda uburundi bwgize icyago gikomeye
@NkurikiyeWilson
@NkurikiyeWilson 4 дня назад
Nice indépendance du burundi
@josephnyirigira4571
@josephnyirigira4571 2 дня назад
Njye,nje mumahoro, barundi banywanyi ndabakeje, happy independence anyway turabatumiye le 04/07 muzaze muri liberation day ceremony kuri new Amahoro stadium 🏟️ turabatumiye imyanya yanyu irateguwe muzaze murisanga banywanyi beza.
@Irene28092
@Irene28092 День назад
Njanw nawe
@NkotanyiJustin
@NkotanyiJustin 2 дня назад
JIA tour 👍
@user-pk4lv2ww2i
@user-pk4lv2ww2i 18 часов назад
Iyo uri Smart ku mubiri no mu mutwe uba smart mbese namwe urabyumva hhhhh
@JescaHagerimana
@JescaHagerimana 4 дня назад
Eg mwiza❤❤
@user-lw7oz2rb5w
@user-lw7oz2rb5w 4 дня назад
Nkigihugu cyanyuma kwisi nukuri mwagerageje,ariko president wanyu Wapi Kbsa,arajagaraye
@ryitangiyemoise5258
@ryitangiyemoise5258 4 дня назад
Hahiriwe mwebw murigihugu cambere kwisi 😂
@Irene28092
@Irene28092 4 дня назад
Nkunda ukuntu abanyarwavu biyemera, kndi ukuntu mwama mukintu cose c iwacyu, iyo jalousie n'a haine ntacitugira
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 3 дня назад
Mukomere mwebwe bambwre kwisi 😂😂😂😂😂😂
@iribagizaalex-mh4rn
@iribagizaalex-mh4rn 3 дня назад
Uritonda muhungu
@TharcissCiza
@TharcissCiza 4 дня назад
Rais Magufuli aliwahi kuahirisha sherehe za uhuru baada ya kuona kuwa siyo kipaumbele,kwa nini Burundi tusiige huo mfano!? Kutumia gharama kubwa kwenye sherehe huku mafuta hamna nk.haina maana yoyote! Murakoze
@ProsperNsengiyumva-ss7mj
@ProsperNsengiyumva-ss7mj 4 дня назад
Abasuzugura Iki gikogwa nuburundi.nabagambanyi gusa nibahagarare hakuryo gusa barabe ibisigayz barekere imana
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 4 дня назад
Imana ikomez k'uzigama uburundi n'abarundi❤❤❤❤❤
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 4 дня назад
🇧🇮💪❤️
@user-te7mu2fi4s
@user-te7mu2fi4s Час назад
Mufate amasomo kuri Rwanda 🇷🇼
@jeancassienntirenganya1977
@jeancassienntirenganya1977 2 дня назад
Umengo ni dans Les annees 1960?
@ImaniJobel-mf9vo
@ImaniJobel-mf9vo День назад
Abanyarwanda mufita ingorane kuki mubabwa nimpiripiri mutariye nuwayiriye itarikumubaba mwababajwe nukobabakomeye ahomwahora mwiba ubutare muri Congo rindire umuti wanyu urikuziko uwishira hejuru azoshirwa hasi uwicisha bugufi azoshirwa hejuru
@SalimTuyishemeze
@SalimTuyishemeze 4 дня назад
Birabereye ❤
@vianneyniyokwizera5265
@vianneyniyokwizera5265 4 дня назад
Nibirori biryoheye ijisho
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 4 дня назад
🇧🇮💪❤️
@user-pk4lv2ww2i
@user-pk4lv2ww2i 18 часов назад
Aba bantu ko bajagaraye mbese ibikotiiiii😅😅😅😅 mbega U Rwanda turayoboye kbc iyi ni stade cg nikiraro kingurube hhhhh
@PATRICK-dg7Hamstercombat
@PATRICK-dg7Hamstercombat 4 дня назад
Mbega Parade ikururuka!
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 3 дня назад
Kuvunika mutikorey
@tuyisengeiyakaremye3602
@tuyisengeiyakaremye3602 4 дня назад
Happy independance 🥁🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🥁🥁🥁🥁🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 3 дня назад
Merci
@sylvestremanirambona-bd6fp
@sylvestremanirambona-bd6fp 4 дня назад
👍
@SalimTuyishemeze
@SalimTuyishemeze 4 дня назад
@AlexNsengiyumva-xi1ik
@AlexNsengiyumva-xi1ik 3 дня назад
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@nsengiyumvatheogene8376
@nsengiyumvatheogene8376 4 дня назад
Ndengaperezida😊
@cvzx-2968
@cvzx-2968 4 дня назад
Menyakwandikakwanza
@abrwandatv2889
@abrwandatv2889 4 дня назад
Mujye gucyura abasoda banyu dore M23 yarabafashe ku rugamba muri congo kubera batazi icyo gukora
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 3 дня назад
MBE M23 ntirafata ubutegetsi I 😂😂😂.bigezehe Nabo Nabo barahumeka iwanyu Nabo 🍺 he?? Bafashwe
@NivyimanaCelestin-cz4ws
@NivyimanaCelestin-cz4ws 3 дня назад
Aba nyagwanda ntuzosubire muvuge twoca tuvuna mugihe mwokoza agti muntozi ,Toka mwabi bwamwe
@user-mv7mi4nx8l
@user-mv7mi4nx8l 4 дня назад
Ese zangirwa makuru zomurwanda kozihora zivuga ngo abasirikare babarundi bashiriye muri congo aba bavuye hehe,poropagande nizo zibatunze abarimo uwitwa kayiranga,nuwitwa magashi nabandi ntarindoye birirwa bakwiza ,ibihuha ngo abasirikare babarundi bashiriye muri congo
@technologyinactions4923
@technologyinactions4923 3 дня назад
Izi ni FDRL wa cyohewe ubundise abo nabasikikare nyabaki Wagiranho nabashumba
@NkotanyiJustin
@NkotanyiJustin 2 дня назад
Toy soldiers
@theogenebakunda16
@theogenebakunda16 4 дня назад
ibikabyo gusa ni Garde presidentiel president agiye wenyine murasigara bamutereye indiga hirya inyuma mwamutabara ute mwasigaye???
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 3 дня назад
Gesubwiyo ubwino ntiburera
@RahmaVava-lb2ts
@RahmaVava-lb2ts 3 дня назад
None nkabanyagwandanbakiyobogwankintama bariko bavugiki mwiyemera murazoza tubamyire
@NtabaraEudes-vn3qe
@NtabaraEudes-vn3qe 2 дня назад
Uzabaze hari lmpunzi yumunyarwanda iri Burundi ndsyishimiye afise amatoni muri stock none yobwirwa Niki ko mushonze none uraruka urwanda raba Ako kabuga hama uzorebe stade amahoro wibonere itandukamiro gusa abarundi mugira ishyari
@NtabaraEudes-vn3qe
@NtabaraEudes-vn3qe 2 дня назад
Sitade wagira nikiraro cyinka igikumba
@DAVIDBOXTV-mr7ix
@DAVIDBOXTV-mr7ix 2 дня назад
@@NtabaraEudes-vn3qe NAKINE IMINOTA MIRONGO ITATU TUBE TUJYEZE GITEGA NA BUJUMBURA INDEGE ZACYU NTARE RUSHATSI ZIYIHINDURE NKA GAZA MUMINOTA MIRONGO ITATU GUSA
@Irene28092
@Irene28092 День назад
​@@NtabaraEudes-vn3qeukagira n urukundo rwa cane mudufitiye? Murazi kW intambara y Burundi n urwanda itokoroha n'a gato
@DAVIDBOXTV-mr7ix
@DAVIDBOXTV-mr7ix День назад
@@Irene28092 burya si buno bariya mwarwanaga nabo mwabaga muziranye cyane ariko ubu turibihugu bitandukanye cyane ibyanyu byose inzego ziperereza zurwanda ziba zabimenye kare ikindi bariya nabwo bari kagame
@technologyinactions4923
@technologyinactions4923 3 дня назад
Ibi biterahamwe byo muburundi se apu
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 2 дня назад
Rwanda abantu (abaturage )ba1 bamwe bararozwe ubutagosoye bwamacakubiri😢Ubu reo peuple Bantu ahiri hosé ni interahamwe ? Iyo ikino yanyu twarayihaze
@user-bk1mo6tv7o
@user-bk1mo6tv7o 4 дня назад
Burundi bwacu ....
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 4 дня назад
Burundi buhire🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@theogenetugengwanayo429
@theogenetugengwanayo429 4 дня назад
Aba babanyi bararya ko mba mbona nta gatege Wana....umuntu aragenda bidakaze namba
@teddytunezerwe1599
@teddytunezerwe1599 4 дня назад
😂😂😂 murarushe
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 3 дня назад
Wivu itabamaliza mutakufa na mihaho
@epiphanie5131
@epiphanie5131 4 дня назад
😅😅😅😅
@Relaxing_and_sleeping
@Relaxing_and_sleeping 4 дня назад
Kombona arinkaba diventiste 😂😂😂
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 3 дня назад
Bitwayiki ???
@Bikis-bk5jk
@Bikis-bk5jk 4 дня назад
Harambe uburundi n'abarundi ikiganza nubwiza vyumuremyi wisi nijuru bidukoreko
@user-kx1hh3fc1v
@user-kx1hh3fc1v 4 дня назад
Mbe burya twarikukiye?
@user-bk1mo6tv7o
@user-bk1mo6tv7o 4 дня назад
None uraje uzanemo igitoro numuyagankuba wewe namazi peee
@cyusaernest5931
@cyusaernest5931 4 дня назад
Ubu kandi nawe aba abona ingabo ze atako zitagize😂😂😂.
@anyirinkwaya
@anyirinkwaya 4 дня назад
Ingabo za kirogorogo alias Never du burundi
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 3 дня назад
​@@anyirinkwayakirogorog niso nanyoko bataye umwanya kugitandero nkawe ngobaravyara
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 3 дня назад
Mbwe mwebwe murafuse independence????Burya. Mushimire abarundi Burya turaburuta Niyompamvu twabanyaze intara yose 😂😂😂😂
@NzayisengaPlacide
@NzayisengaPlacide 2 дня назад
​❤❤❤@@user-qt3tw7km4x
@NinaZouzou-p4d
@NinaZouzou-p4d 4 дня назад
Igitoro caboneets???sha nt kwikukira waaapiii
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 4 дня назад
Tuza!🇧🇮💪❤️
@cvzx-2968
@cvzx-2968 4 дня назад
Bibatwayiki
@user-bk1mo6tv7o
@user-bk1mo6tv7o 4 дня назад
Bizoba biza sha inumire
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 4 дня назад
Mbwambere,mumateka y,uburundi umukuru w,igihugu anyura mumirongo y,intwazangabo ntakwikanga ko bamwirasira!!!!!! Ntunuburinzi bumwirukanka inyuma!!!
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 4 дня назад
Rigize kabiri
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 4 дня назад
Yama yabikoze!
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 4 дня назад
Gendurinde nyoko
@cvzx-2968
@cvzx-2968 4 дня назад
Rekananabocha
@user-vc9bv9ee2q
@user-vc9bv9ee2q 4 дня назад
Gusa uburundi muracyarinyuma cyne
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 4 дня назад
Gute!?
@cvzx-2968
@cvzx-2968 4 дня назад
Nahonagagendeye. Umuchiha. Abanyagwanda bafise
@IsaieBenda-ky8pp
@IsaieBenda-ky8pp 4 дня назад
Cyaze ingabo ziragwira kbx abanu bananiwe na m23 nibo barinda evariste hhhh çyaze muft ibibazo pe igihugu kirimumarembera
@rugambajustin5039
@rugambajustin5039 4 дня назад
😂😂😂😂 ntimugasebanye Burundi ko barinze Burundi bwabo se
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 4 дня назад
Abanyarwanda muri Ibingungu Kiki igihe code muha,ze muvugaga abarundi mwemufise igisirikale gikomeye muraza ntimuzomenya nikibakubise ahamwavugiye komtaraTwimura. tuzoguma tubatera umujinya mpakamqiyahure kukonitwogwana ntimwodutsinda nukwikuza muribimuga gu.muvyuke mdutera ejo.
@IsaieBenda-ky8pp
@IsaieBenda-ky8pp 4 дня назад
Umunsi muzibeshya mugashurashura mukaz mu rwanda tuzabah isomo kubury nund muns muzicara mukiga
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 3 дня назад
​@@IsaieBenda-ky8ppkawe usanga irimbweti yingaho
@LovelyChefHat-ig8xh
@LovelyChefHat-ig8xh 4 дня назад
Uyu nanjye namwirindira😅😅
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 4 дня назад
Nikwo uvyibaza arikw sikwo biri
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 4 дня назад
Urahaze niyo mpamvu!
@cvzx-2968
@cvzx-2968 4 дня назад
Ntabwo. Tubakeneye
@rugambajustin5039
@rugambajustin5039 4 дня назад
Genda ntimukavuge ibyo mudashoboye ugira ngo kuba akiriho ntahigwa nisi yose
@technologyinactions4923
@technologyinactions4923 3 дня назад
​@@FulgenceMikaOfficialmugende mwe abarundi mucumbikiye interahamwe
@NtabaraEudes-vn3qe
@NtabaraEudes-vn3qe 2 дня назад
Abarundi disi injiji
@ericmanirakiza8349
@ericmanirakiza8349 2 дня назад
Urashobora gutuka tout un peuple nkukwo???? Udafise ikibazo hari intambwe ukwiye gutera muvyimîbereho nindero runtu
@LievinMukeshimana-lo2dk
@LievinMukeshimana-lo2dk 2 дня назад
Ww urafis ubweng injij ni bande bamugira indero bizobafasha
@emeryrugamba
@emeryrugamba 4 дня назад
Ariko BURUNDI buranye kweri . Bunye nigisoda . Bunye imyambaro. Utwarayo igisirikare umengo yabaye igifuko .😢😢 10:45
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 3 дня назад
Urikijuju Nkaso
@user-vc9bv9ee2q
@user-vc9bv9ee2q 4 дня назад
Sendagara 😅ariko ubund iyonkoni aba yitwaje imufasha iki numushumba wihene
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 4 дня назад
Urirofa wewe nkaho ngo uravuze😮😮😮😮
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 4 дня назад
Ziba wamwandawe
@cvzx-2968
@cvzx-2968 4 дня назад
Mugantnga. Nariryagufaryanyu😮😮😮
@Greatrock250
@Greatrock250 4 дня назад
Aka ni akumiro gusa😢😢😢😢😢😢
@SamanthaIradukunda
@SamanthaIradukunda 4 дня назад
akumiro kik gancuti??
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 4 дня назад
Ngo,wumijwe Niki?!?! Se mwigize indashima!!!?
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 4 дня назад
Intwazangabo z,Burundi zimaze gutera intambwe ishimishije mokomerezaho nibyiza cane!!
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 4 дня назад
🇧🇮💪❤️
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 4 дня назад
Tuza sha!🇧🇮💪❤️
@dml8245
@dml8245 4 дня назад
Nonese aba bodyguard be ko yabasixe
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 4 дня назад
Kirapanze!
@user-zj8yg5sh5m
@user-zj8yg5sh5m 4 дня назад
None KO uvuze KO umutekano wiwe wakajijwe gishasha kirimwo ni ikihe KO mbona ariko warusanzwe umeze. Urahumba nukugira wigwirize s'abonner
@cvzx-2968
@cvzx-2968 4 дня назад
Uwotwamuhawenimana. Ntakwivuna .imanairaducungira
@user-jm2ld3mf8k
@user-jm2ld3mf8k 4 дня назад
Mbakebure,ntimugahuzagurike muguhagara impande z,umukuru w,Igihugu!!!! Uhagaze hagarara!!! Kuki mukomeza kunyeganyega!!!?
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 4 дня назад
Nkawe koko!?
@cvzx-2968
@cvzx-2968 4 дня назад
Ntibukuraba
@turabumukizacyprien7676
@turabumukizacyprien7676 4 дня назад
Ubwingene mwanga abafatuwe kurugamba mumutwe ntimurigenga,igisirikare kirimo gukubitwa na M23 kiyongereyeho interahamwe nako inkoramaraso Tanzania SADC,abaturage ingirwamaraso ngo nabazarendo ariko pe murutwa nabasivire nako ntimuzashyikirana muzabyihorere mube tayari hasigaye paka Uvira ubundi duturane icyonzicyo muzicuza nzaba mbibabwira sha muzaofukamira m 23 bitagishobotse,nako ngo murinze Goma mutinyagambura ariko ubwo umunsi yamanutse warikare iza Bukavu muzacahe,nyamara wamuturanyi mwanze muzamwifuza ariko azabakira kuko umuhungiyeho aba akize ntiyifuza umuntu wababara kdi murabizi mutarafatwa namoko mwaza kumwigiraho imiyoborere gusa arabakunda kdi abifuriza icyiza,gusa ibyo murimo iminsi yanyu irabaze mwitegure iraje muturane noneho muzayikore mhjisho
@Irene28092
@Irene28092 4 дня назад
Intambara yo mu majambo ntacitugira wa musega WE, tuvire mu byigihugu cacu
@UWIRAGIYEdanny22
@UWIRAGIYEdanny22 4 дня назад
👈👈👈✊sub // happy independence
Далее
#kwibohora30 : Dore akarasisi ko mu rwego rwo hejuru
14:44
Июль в Tanks Blitz
51:46
Просмотров 87 тыс.
FARUX RAIMOV AVJIGA CHIQDI - JAVOHIR🔥
01:01
Просмотров 1,4 млн
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
БОЛЬШОЙ ПЕТУШОК #shorts
0:21
Просмотров 8 млн
Magician turns his Hair into Animal 😳
0:37
Просмотров 14 млн
ДЕДУШКА ВЫ ГДЕ? 🤣🤣
0:59
Просмотров 2,7 млн