Тёмный

I BREEZY yakoze BELLISSIMA aravuye mu gacerere//Uwanditse irya ndirimbo//Ubutandero bwa Dj FERNANDO 

UMUKUBITO
Подписаться 191 тыс.
Просмотров 42 тыс.
50% 1

I BREEZY yakoze BELLISSIMA aravuye mu gacerere//Uwanditse irya ndirimbo//Ubutandero bwa Dj FERNANDO
‪@Mista_aye‬ ‪@melaninboy1‬ ‪@welovemuzika565‬
#bellissima #logo

Опубликовано:

 

1 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 362   
@hervengenzebuhoro6538
@hervengenzebuhoro6538 3 месяца назад
Umuntu akunda ibiganiro vy'umukubito ampe j'aime
@nshimirimananoella6883
@nshimirimananoella6883 3 месяца назад
Gael ubu rer ndakwemey kub utuzaniye lbreezy abakunz kub ibreezy aje mumpe like zanj😊
@JohnBosco1
@JohnBosco1 3 месяца назад
Like twaguhaye😅😅
@RenovatReuben
@RenovatReuben 3 месяца назад
Ivyo Fernando yakoze Bavyita kunya aho urima 🤣🤣🤣🤣🤣 yaramenje nkeeeuuu 😂😂😂😂😂
@bizindavyidavid3596
@bizindavyidavid3596 3 месяца назад
Big upp i Breezy, urumuntu w'imfura kabisa. Ni mwebwe nyene mukingira ibikorwa vy'urwaruka. Iyi témoignage izofasha abana benshi b'abarundi bari inyuma kuza. Wew ukwiye gufata ijambo ukaza urayagisha uhanura abakiri bato bariko baraza muri indasi. Wavuze ko gusoma bituma umuntu yandika neza. Abaririmvyi musome cane, mubandanye mwiga. Kuko izo ndirimbo ni patrimoine nationale. Twese turahimbarwa n'izo ngabirano mufise
@faustinntamatungiro5145
@faustinntamatungiro5145 3 месяца назад
Tuje kugira désabonner kwa dj fernando svp tumwereke ko dufse uruhara mugutera imbere kwiwe
@LéonceNGENDAKUMANA-l6x
@LéonceNGENDAKUMANA-l6x 3 месяца назад
Jew nahejeje kbs
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 3 месяца назад
Tunyaruke tushire kunder 😢😢😢😂😂😂😂😂
@josephofficiel145
@josephofficiel145 3 месяца назад
Janayo na Nyoko wambwawe
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 3 месяца назад
@@josephofficiel145 ikindi kigaba nka dj fernando inderi ni0
@BeBellou-ux7qe
@BeBellou-ux7qe 3 месяца назад
@@josephofficiel145urigitandero warerew mwisoko
@izerearsene6264
@izerearsene6264 3 месяца назад
Gaël Merci bcp Irya Français niy'umuntu yize Aya kera atari ya mashure ya Feredina😂😂😂😂 Umuvyeyi nahabw agateka kiwe cane cane ko atan amahera ariko aranasaba
@JohnBosco1
@JohnBosco1 3 месяца назад
I BREEZY you are so humble than other ❤🎉be blessed my brother 🤞 🎉🎉
@BenjaminImanirabaruta
@BenjaminImanirabaruta 3 месяца назад
Waouh ubu reo ibintu bigiye ahabona kumbure urya mujama yotuza kbs
@carinesignorellikabanga1617
@carinesignorellikabanga1617 3 месяца назад
Urumuntu wumugabo pe Bellisima naravuz ko ata Francais nkirya Dj Fernando yarigushobora kwandika Nukuri Urakoze Kuduha umuco
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih 3 месяца назад
Asiguy neza cyan fermando Ari mumakosa😊
@yvanjacksonniyonkuru3102
@yvanjacksonniyonkuru3102 3 месяца назад
Ham ukur kukab kuramenyekany,,ubunyen ngiy kugir désabonner kur chaîne yiwe kk indero ntagir
@alinemananzigamira3823
@alinemananzigamira3823 3 месяца назад
Turi 2
@DanellaNdayizeye-cx1ry
@DanellaNdayizeye-cx1ry 3 месяца назад
Gaël shahuuu Urakozeeeee 🤣Turameny Ukurii😆
@cleppin
@cleppin 3 месяца назад
mwibuke kumpitana ngah mw'ikorosi niho mpagaze tuje kugir desabonner kwa dj fernando😂
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 3 месяца назад
Twagiy😂😂😂😂naje ngez mukorosi 😂😂😂sindakubon😂😂😂😂
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 3 месяца назад
Muzonanyica😂😂😂
@maeli6300
@maeli6300 3 месяца назад
Ko watevye ubwo ntiwagize ingorane yigitoro? Twe twavuyeyo kera😂😂😂😂
@emechrisngzkugasaka3129
@emechrisngzkugasaka3129 3 месяца назад
Niwijane reka kutudahwako
@bilalchch3993
@bilalchch3993 3 месяца назад
😂😂😂😂 ndahwereye nukuri 😂😂😂
@AcquelineNdayizeye
@AcquelineNdayizeye 3 месяца назад
Just Gaël ww vrt mes respects ntutunyoteza ibreezy ntiwamutebany😂😂😂😂😂😂
@freetowntv9655
@freetowntv9655 3 месяца назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-3DmpeZzMcAU.htmlsi=W4V99aLydWZthPv-
@MC_Malova_the_hitMaker
@MC_Malova_the_hitMaker 3 месяца назад
I Breezy uwutazogukunda adapfuy yihanye ni direct mumuriro wallah😅🔥🔥 Munyihere like abakunze iyi interview❤❤✌️✌️
@ININAHAZWEYanick
@ININAHAZWEYanick 3 месяца назад
Dj fernando nagabanye kugara na fizzo ari legend aramaze kwemera imbere ya media ko super man atari yayanditse🤷ariko umuntu atambutse ejo nace bugufii bizogenda neza
@neillaakimana4756
@neillaakimana4756 3 месяца назад
Urya mu type numu parvenu . Kuko abantu tushaka kwigira hatari ? 😂😂😂😂😂
@RunaKuri
@RunaKuri 3 месяца назад
Sanze inzigo yaratse indaro, uwugira aterimbere, muva hasi mukumurwanya! KADI Kay niwe yatanguye kuja kuvuga ko ariwe yayanditse! Haba Fernando, haba uwo KADI Kay ntanumwe inzi, kiretse kuma réseaux, tout simplement reka kuba muhengama! ariko muvyukuri umuzi wibi bintu nuwo mu maman yubahutse akaza kuvuga ngo niwe yayanditse, none hoho yoba yarayanditse, aca aza ariruka ngo "Nije nayanditse!!" Ngo ni cadeau yamuhaye, none ho ukoze neza ucuza urihaya?!? Kuba ataje muri clip, simpaka ngo ace aja kumwihora! Mbega ko mutavuga amakosa yuwo mu maman ?? Kwihora ,ugashaka kuzimanganya talent yumwana angana nabiwe, ngo kubera ataje muri clip?? Ahubwo iyo ninzigo yakazikira! Hama nous les africains,il faut changer de mentalité, uwuteye imbere tukamushigikira, apana kugira inzigo! Ahubwo Kd Kay,iciza cose yakoze cabaye icubusa ,et d'ailleurs vyerekana ko ivyo yakoze ata rukundo rwarimwo!
@ThaddeeNiyokwizera
@ThaddeeNiyokwizera 3 месяца назад
Kadie kay umwigisha mwiza yubahwe et DJ Fernando il faut qu'il se ressaisisse et demande pardon
@jeanbavonirimbere
@jeanbavonirimbere 3 месяца назад
Abashaka interview na mama yupi duhurire ngaha🙂
@anikwiseven-gv9tz
@anikwiseven-gv9tz 3 месяца назад
Fernando kwarumugome ntaninder😢😢😢
@ChristineMANIRAMBONA-lo4zn
@ChristineMANIRAMBONA-lo4zn 3 месяца назад
Juste Gaël, juste pour vous rémmercier, uriko urakora ibiganiro ngirakamaro kk uko nukuri twari dukeneye. Abararirimvye baze baremere ko kwandikirwa atari bibi.
@Philos352
@Philos352 3 месяца назад
Gaël 🎉🎉 ukuri kuramenyeknye!!Fernando nawe uti ako gahimbo kazotuma wijajara unyare mw'isengero
@ngendakumanaclovis9399
@ngendakumanaclovis9399 3 месяца назад
Abagore biragoye aha wosanga urya mugore wiwe ariwe yamuhenze, 😂😂 acabona umengo indirimbo vyitwa ko yandikiwe n'a chr wiw atariwe yayanditse😂
@fatukobiriprime1847
@fatukobiriprime1847 3 месяца назад
Ati kuri mon logo hoho vyagenz gt? Barazananye kandi kurya nyene kwambere afite ama textes hama barakora indirimbo. Bantu b'Imana, dufashijwe tuje tuvyemera.
@cocoirankunda1884
@cocoirankunda1884 3 месяца назад
One way wubahwe caane . Ibi bintu vyarimwo igipfungu cinshi . Urakoze gutanga umuco. Fernando nawe azorwa imbere
@ficelle.b850
@ficelle.b850 3 месяца назад
Fernando, saba imbabazi, twese turakosa. Kandi ibihe birahinduka, twara gahoro Imana iguhezagire ❤ , kandi wiyumvire neza iciza n,ikibi.
@EgideNijimbere-fp4hh
@EgideNijimbere-fp4hh 3 месяца назад
Ndaryohewe niyi interview ,one way yubahwe
@ArsenovicBabas_VEVO.
@ArsenovicBabas_VEVO. 3 месяца назад
Abemera umukubito mumpe likes
@samuelniyo8605
@samuelniyo8605 3 месяца назад
Ewemera umukubito ampe j'aime.
@benibuntu493
@benibuntu493 3 месяца назад
Maman Yupi turamukeneye 😂😂 Niwe mu star agezweho muri indasi ya 257
@chrisstaldstakhanovgateka388
@chrisstaldstakhanovgateka388 3 месяца назад
😂😂😂😂
@ChrispinOfficial
@ChrispinOfficial 3 месяца назад
Eeeeh ubufu buramenetsee kbx mumyihere izo like shaaa
@lydi791
@lydi791 3 месяца назад
😂😂😂😂
@PatrickKwizera-r7q
@PatrickKwizera-r7q 3 месяца назад
izonimpanuro cane kuko uryamuhungu yararengereye kwandikirwa ni benshi bandikirwa nuko abaririmvyi biwacu atavyo bazi nabo muri america benshi bagira aba compositeur nkaneswe abo ba petit.ntibazi kumuririmvyi mwiza aruwugirimana akagira umwanditsi mwiza.
@lydi791
@lydi791 3 месяца назад
Ibi ni vyo twari dukeney Dj Fernando nasabe imbabazi
@Kiss-xn3jc
@Kiss-xn3jc 3 месяца назад
Uwemerako agahimbo kabi gatuma umwana anyarako kumuntu yamugaburiy nampe likes Na Fizzo yarashimiy uwamwandikiye super karya na karorero keza yari yahay ivyo bidogo nivyumva ba Lolilo bose hit bakoze barazandikiwe
@lydi791
@lydi791 3 месяца назад
😂😂😂😂
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial 3 месяца назад
Imana iguhezagire.abantu binvugakuri nkawe,sinarinzi kbakibahu
@izereariella5039
@izereariella5039 3 месяца назад
I breezy ari humble cane😊
@NIELIDAUSWAHILI
@NIELIDAUSWAHILI 3 месяца назад
Mutama warakoze indirimbo ya mutoyi wanje yitwa banana na bloka man urashoboye cane #Adobad
@janvierhakizimana2850
@janvierhakizimana2850 3 месяца назад
Kwitonda nivyo bikwiye kandi les artistes il vous faut tjr garder par coeur qu'il faut tjr tourner 10fois la langue avant de parler, si no qui viens rapidement a de forte chances de disparaitre aussi rapidement just par mégarde ou indicipline ' Tout est vanité ici bas ' nous aurons tjr besoin d'aides d'autrui nakare ngo numwami yaratiye irushinga . Mettez vos pieds sur terre et admettre avancer doucement mais sûrement mes chers compatriotes
@etiennenzettruez7141
@etiennenzettruez7141 3 месяца назад
Ubu rero nuku désabonna kurya mu pet turumva indero sikirenga😢
@JdnjdjdjEjjeejeie
@JdnjdjdjEjjeejeie 3 месяца назад
Kaborejw namher kkuy iy kar kamaz imis jekarambabajep nagatander juste uragatumir nak tuzumv ivy kadebagur
@Meltrader18
@Meltrader18 3 месяца назад
Umu producteur wambere mu burundi selon moi!
@KhalifaNiyonzima
@KhalifaNiyonzima 3 месяца назад
Superman by big fizzo nayone hari uwaynditse na fizzo ubwiwe yaravyivugiye ariko ako kadogo rero wumva katasaze kl
@guybertrandnishimwe6528
@guybertrandnishimwe6528 3 месяца назад
Urya bizohera nabi indirimbo imwe siyo yotuma aduga hejuru baregera b kidumu,Fizzo nabandi bamaz igih kinini muri music ibanga bakoresh mu mibereho yabo
@FreddyIgiraneza-w9x
@FreddyIgiraneza-w9x Месяц назад
Hit yo muburundi igura indya gusa
@anikwiseven-gv9tz
@anikwiseven-gv9tz 3 месяца назад
Gael ko wahevy kary kaboro uti babiloni hoshi bakakubujij😢😢
@manicyriaque1318
@manicyriaque1318 3 месяца назад
Kadie kay yavuze:> iyo figure de style ninde yoyibwira
@FulgenceNduwayo
@FulgenceNduwayo 3 месяца назад
I breezy wubahwe cane ukoze Exclusive interview
@democritenzoisaba9117
@democritenzoisaba9117 3 месяца назад
I BREEZY ,Shaah baguhe Big up, tuba dukeneye abantu bavugisha ukuri nkawe ugize neza gutanga umuco.
@vivinenahigombeye8599
@vivinenahigombeye8599 3 месяца назад
Ego vraiment aravugishije ukuri
@cheriekanyamuneza8089
@cheriekanyamuneza8089 3 месяца назад
Yabonye ko yagiye munda y'indege gaciye gatangura kwishira hejuru harya ntikazi ko kozima 😂😂😂
@oliviermanishimwe4892
@oliviermanishimwe4892 3 месяца назад
Erg Nelly nat yari yabivuze vraiment
@aliceakimana1547
@aliceakimana1547 3 месяца назад
Amahigwe aza rimwe mubuzima,nasabe ikigongwe Kadie numuvyeyi azomuharira
@BarakaBlaise
@BarakaBlaise 3 месяца назад
Gaël big up xan kuba watuzaniye I Breezy uwutumye amakenga ahera, xo the Fans of I Breezy Oyyeee let give me like
@mrkeyburundi
@mrkeyburundi 3 месяца назад
Umukubito 👌🇧🇮 di one and only RU-vid channel in my country nshobora kurab misi yos ikiganiro nkagiheza 🎉🙌 stay blessed Just🙏
@MireilleHATUNGIMANA-g5u
@MireilleHATUNGIMANA-g5u 3 месяца назад
vyiza cane impari ziraheze, INDERO nikintu cagaciro mubuzima bwubuntu abo bana bavyumve
@fabriceharagakiza1668
@fabriceharagakiza1668 3 месяца назад
Igitugu kirakura ariko ntigisumba izosi
@DiivinButoyi
@DiivinButoyi 3 месяца назад
Bitumye ndagu following kuko mwino minsi ukoze ikintu ciza sana big up muta terimbere musaza 🤝🙏 nkwemera kubi ❤️
@djziidafoudre4094
@djziidafoudre4094 3 месяца назад
One way hejuru cane you th f*cking king producer 🙌🏾
@masasundayizeye1995
@masasundayizeye1995 3 месяца назад
Je nibaza ko urya mubile ariko akora buzz ariko adashigikiwemwo na kadie Kay canke uwundi muntu we ari hafi yiwe.🥴🥴
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 3 месяца назад
Umuhushuro 🎉❤Gaël uramfiseee🎉❤
@mikepmedia3540
@mikepmedia3540 3 месяца назад
I breezy Urimfura bro❤Mungu akubaliki sana mubantu igihugu gikeneye urimwo kabisaa indero nubutwari ufise uze ubigendere uzoshika kure hashoboka kabisaaa
@eddypro2024
@eddypro2024 3 месяца назад
Thx I breez ku muco. Hama Dj fernando nasabe imbabazi kugwa si bibi.. None Fernando azokwubahuka atumbere kwa breez? Ndabona umu petit agira akoroke atacamira!😂
@LarissaNininahazwe-uy3fc
@LarissaNininahazwe-uy3fc 3 месяца назад
Urakoze wewe utanze umuco shahu❤😢😢😢😢
@vestinntirampeba1415
@vestinntirampeba1415 3 месяца назад
Juste komera mugenzi kuba watuzaniye I Breezy akaduha ukuri kuvyabaye
@nahimanaastapascale3704
@nahimanaastapascale3704 3 месяца назад
Ibreezy uravuze ukuri uravye Bellisima naho woba uzi français arya samajambo yoroshe gutora nayumusomyi akunda gusoma ama Romas kandi uravye Bellisima na Mon logo il y a une ressemblace munya ndiko tuzoraba izindi aziyandikira ko azashiramwo amajambo nkarya nahazashiramwo français je vous jure ntazaronka amajambo nkarya
@raissaakiteka3008
@raissaakiteka3008 3 месяца назад
indero yabana biguhugu cacu nikibazi ubutunzi bwamber nukubaha umuvyeyi nibwo bunzi bwambere hary yavumwe nimumureke😮
@NzoyisengaOscar
@NzoyisengaOscar 3 месяца назад
Turafit abaririmvyi bagize hit baramenhekan barezwe niyo hit imwe bitwar nabi birangira bazimye!to be humble nicokintu cofash umuntu gushika kure!ndaz uwomutype azokwicuza Kuba yaraburiye indero urya muvyeyi!!!Gusto big up sana ugumane ukwo guca bugufi bakubonamwo!mwibukeko confiance iroroha gusenyura ikagora kwubak!!!
@thierrykwizera1513
@thierrykwizera1513 3 месяца назад
always on top with your interview. Thanks for bringing these content... Kandi merci pour la bière que tu m'as offerte là tout de suite turindiriye igitoro alors que tu ne me connaissez pas autant. You re a humble King🔥
@irakozejustegael612
@irakozejustegael612 3 месяца назад
Bless up brother wubahw mon frr twayaz neza
@thierryrwagasore
@thierryrwagasore 3 месяца назад
The humble man One way 🎉✨ #enfant_du_pays🇧🇮
@desirensabimana7935
@desirensabimana7935 3 месяца назад
Ndakunze I breezy ukuntu aciye bugufi. Imana imuhe umugisha. Dj Fernando nawe amenye ko isi yigisha
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd 3 месяца назад
Uyumwana indero yaragiye utubaha ntahushikaaa
@landrybamukunde1028
@landrybamukunde1028 3 месяца назад
Aho shaaa ukuri kukaba kurabonetse... Merci Gaël urumuntu wumugabo Hama i breezy urumuntu mwiza uvyitwayemwo neza Fernando ico tumusavye asabe ikigongwe yarakosheje nareke kwihagararako sinon azibonerako nakazi kiwe nirenganira
@NijimbereGREGOIRE-u4u
@NijimbereGREGOIRE-u4u 3 месяца назад
Umutumire yavuzeneza mukiganiro
@hypolite4831
@hypolite4831 3 месяца назад
L’affection et la loyauté d'un animal peuvent être plus sincères et fiables que la reconnaissance d'un être humain.
@ThaddeeNiyokwizera
@ThaddeeNiyokwizera 3 месяца назад
Gaël urakoze cane kutuzanira uyo mu producteur gutanga umuco .
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire 3 месяца назад
Be blessed i Breezy🎉🎉❤
@iradukundaange-rw8ey
@iradukundaange-rw8ey 3 месяца назад
Mbeyemw abantu musigaye murara muri yutube😂😂gusa icombonye mukunda urusaku ndabira ukuntu mwashungurutse😅😅😂😂😂
@graceiradukunda4620
@graceiradukunda4620 3 месяца назад
Mon Petit Fernando ,faut demander pardon ,kandi ugerageze kwicisha bugufi uracari muntango ,niwasaba imbabazi tuzogusoutena udasavy imbabazi tuzoguheba twese
@Angelk-yd6ei
@Angelk-yd6ei 3 месяца назад
"Toujours la discipline en tout et partout" pour vous les artistes ❤️
@nimbonadieudonne
@nimbonadieudonne 3 месяца назад
Gaël aba bantu uko Ari batatu uzobahuze ubakoreshe ikiganiro
@cedrickthebarber
@cedrickthebarber 3 месяца назад
Vyukuri biratahuritse vyukuri afu watu hulelewa tofauti but birababaje
@BigirimanaCadeau-gz4ng
@BigirimanaCadeau-gz4ng 3 месяца назад
Fernando nasengegwe kuko indero si kirenga kuri we
@LéonceNGENDAKUMANA-l6x
@LéonceNGENDAKUMANA-l6x 3 месяца назад
Sha agahimbo gahimbura intini ngiyindi izomera narindire azoza yi sapoting namukiwe nkenja mimi one wey wubahwe kbs urinfura
@benjyfranklin
@benjyfranklin 3 месяца назад
Fernando ntiyadeconye , yasheshe ifu amazi ari kumbabura.. Arakwiye guhanurwa agahinduka.. Urakoze sha Ibreezy kuduha umuco.. Thx sana juste Gaël..🙌🏽🙌🏽
@lydi791
@lydi791 3 месяца назад
😂😂😂😂😂
@fistonhakizimana2142
@fistonhakizimana2142 3 месяца назад
Murateye isoni kabisa!!surtout ico kijuju c,umu pruducteur kitazi ico kijejwe,je ndi patrol za One way noca ndacirukana kuko kwiteranya n,umu client nka Dj Fernando yabamenyekanishije nubujuju.iyo gipfuma kiziba kigakora akazi kijejwe.I Brezy genda wumvirize (kazima Imana inkunda)wumve Beat hama wife inyishu
@fabricebaregensabe5833
@fabricebaregensabe5833 3 месяца назад
L’information est équilibrée cher Gael bravo
@TaylorKing-ye7hu
@TaylorKing-ye7hu 3 месяца назад
DJ Fernando arakwiye gutahurako kwandikirwa nibisanzwe cane muri Usa hoho uzoze uraraba harya indirimbo iheze barandikako numwanditsi wayo par Ex with you ya Chris Brown yanditwe Na Neyo hari nizindi yandikiye Beyoncé zabaye amahits kandi bobo baraheza bakerekana uwabandikiye kuko ntawugira impano zose
@danielmvuyekure
@danielmvuyekure 3 месяца назад
Juste Gaël ndakunda ibiganiro vyawe kandi ndibazako urimvugakuri ka ndi ata uryarya ufise niyo mpamvu nkunda ibiganiro vyawewe
@emechrisngzkugasaka3129
@emechrisngzkugasaka3129 3 месяца назад
Kubisanzwe ferenando yarinze aca kuruvyiniro akavuga rirya jambo nuko hariho ikintu kitameze neza nyuma yaho
@LeonFleury-gx7ry
@LeonFleury-gx7ry 3 месяца назад
Ibreezy niwe mu producer wamber Ari humble maze kubona vrema 🙏
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 3 месяца назад
Na Big fizzo arumusani akomeye mukarere aremera kobamwandikira nketse iyombunuza ngo ni fernando
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 3 месяца назад
Ego kabisa @Dj Fernando yaradekonye cane kabisa kuburira indero umuvyeyi @Kadie Kay imbere y’abantu .@Dj Fernando uragenda buhorobuhoro my brother,hit song imwe n’ibintu bisanzwe cane kandi sivyo vyotumana ubura indero k’umuntu yagufashije haba mu ndirimbo no mu rubanza rwawe kandi nuwo muntu si numu jeune nkawe wokwubahukira imbere y’abantu intsinzi ,bro urya n’umuvyeyi wawe rer o indero irakenewe ku Bantu bakuruta ,ahubwo ntuzosubire kandi .love from Sweden 🇸🇪
@niyonzimaprotais9305
@niyonzimaprotais9305 2 месяца назад
Urabiye contenu (content) y'izo ndirimbo zose uko ari 2 kubazi indimi ni degré de discernement nta Fernando yogira ivyo vyiyimviro ! Mu kirundo baca umugani bati " Umuswi ntiwuzura inkangara nyina IBA iri musi." Niba aba ba jeunes bacu bagomba gutera imbere bige kwubaha no gusonere ababaruta . Kuba baramwandikiye ni ibisanzwe n'abandi ba Artistes bakomeue barabandikira nkeswe uwo mwanya avutse ejo! Nsabe imbabazi kuko hakuvuga nabi woryaa nabi kandi kwicisha bugufi ni vyo mbona vyomufasha nayo gushira isoni......
@canesiusbigirimana7216
@canesiusbigirimana7216 3 месяца назад
Urugendo gwiwe muri music ariko ararurangiza wenyene
@godyemersonnyabuhoro6137
@godyemersonnyabuhoro6137 3 месяца назад
Ico Kijama nikirofa ndak none kuza ariw afis indirimbo mur fone bica bisigurako ariw yayanditse?? Ibiganiro bagiraniye kgra ishike mur fone yiw arabizi?
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 3 месяца назад
Jewe ndanamaramaye mutumye subira kuraba cakiganiro ingene bamusomeye uryamumaman 😢😢😢😢😢😢
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 3 месяца назад
Juste Gaël uzi ivyurimwo mn frère wubahw
@lydi791
@lydi791 3 месяца назад
bavuze kora kw ifaranga tukumenye ingeso yawe Fernando nawe ya tweretse ubutandero bwiwe
@HarerimanaPhilabdillah
@HarerimanaPhilabdillah 3 месяца назад
jnanj byarantangaj irya francais iyo urya mupetit kondamuziyishinga karaok yayikuyeh niymer koyandikiwe naveho
@jahhyute
@jahhyute 3 месяца назад
Very humble guy
Далее
БЕЛКА ЗВОНИТ ДРУГУ#cat
00:20
Просмотров 928 тыс.
DJ FERNANDO : ARAVUYE MUGACERERE//ARAVUZE VYOSE
38:21
MITSUTSU COMEDY :Ubusinzi bukabije 98 UBUKWE Part2
31:13
БЕЛКА ЗВОНИТ ДРУГУ#cat
00:20
Просмотров 928 тыс.