Тёмный

𝐔𝐦𝐮𝐤𝐮𝐫𝐮 𝐰’𝐢𝐠𝐢𝐡𝐮𝐠𝐮 𝐜’𝐮 𝐁𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐚𝐫𝐚𝐛𝐚𝐧𝐝𝐚𝐧𝐲𝐚 𝐤𝐮𝐲𝐨𝐛𝐞𝐫𝐚 𝐚𝐛𝐚𝐭𝐚𝐫𝐢 𝐛𝐚𝐤𝐞 𝐦𝐮 𝐦𝐚𝐣𝐚𝐦𝐛𝐨 𝐚𝐝𝐚𝐬𝐢𝐛𝐚 𝐠𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐢𝐳𝐚 

Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Подписаться 140 тыс.
Просмотров 7 тыс.
50% 1

𝐮𝐤𝐨 𝐛𝐮𝐤𝐞𝐲𝐞 𝐮𝐤𝐨 𝐛𝐰𝐢𝐣𝐞. Mu gikorane c’ukwigina imyaka ine amaze ku butegetsi,Prezida NDAYISHIMIYE yaremanze ko azi neza abari inyuma y’ikena ry’igitoro mu Burundi, agirako anamenyesha ko co kimwe n’abandi bapfukamye igihugu mu nda mu kugisahura yabababariye kandi ko atawuzigera akomwakomwa ku butegetsi bwiwe.
🎧𝐉𝐨𝐬𝐢𝐚𝐧𝐞 𝐌𝐔𝐙𝐀𝐍𝐄𝐙𝐀

Опубликовано:

 

30 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 8   
@KocaRukundo-if2cz
@KocaRukundo-if2cz 3 месяца назад
Muta girimbabazi bunyoni arekurwe.kuko ibibi bibandanya vyiyongera.
@milkahwangeci-n1e
@milkahwangeci-n1e 3 месяца назад
😢😢😢
@elysenday
@elysenday 3 месяца назад
Kiramvu Yarakenewe muribi bihe
@floribertndikumana3088
@floribertndikumana3088 3 месяца назад
None kumwiruka amuzi bisaba iki
@emmanuelminani9270
@emmanuelminani9270 3 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😢😢😢
@Hi5392
@Hi5392 3 месяца назад
2:05 rekura Bunyoni rero... kuko ivyo yagirizwa abandi barabikora bakababarirwa
@barasokorozaalain4789
@barasokorozaalain4789 3 месяца назад
Nimba warababariye ga mutama abarundi bo ntibarababarira...bazane tubashire kuri stade tubatere amabuye baveho
@NiyonkuruAliera
@NiyonkuruAliera 3 месяца назад
Ahonivyomuzehe
Далее
Amakuru yo ku wa 01 Gitugutu 2024
37:52
Просмотров 7 тыс.
Amakuru yo ku wa 30 Nyakanga 2024
15:37
Просмотров 11 тыс.
Sénégal-France : un nouveau chapitre ? • FRANCE 24
42:06