Murashobora gukurikirana indirimbo nshasha ya TASHA ODA ft ALVIN SMITH biciye muri iyi link ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-ENee5l1hGUs.html ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-ENee5l1hGUs.html
Ni vyiza cane ivyo ukora Juste gael mukutwereka abo bantu bavugisha ukuri nukuri uradufashije cane kweli vraiment. Ivyo Tasha yavuze nivyo cane kuko c'est vrai il y a des filles babakeneye ngo aba bad boys canke abahungu bari violent mais ni kubera babafise ingorane be nabo bahungu. Je vraiment iyi vidéo nayikunze cane❤. Merci vraiment.
Ariko je murantangaza 😅 nne ko mwama mwabonye abagore bakubitwa burya turavye pourcentage y abafata décision yo gutandukana nuwo muntu amuboreza igufa bangana gute??! Nanj har igihe bishika nkibaza ko hagera igihe bakunda gukubitwa n iyo umugabo bamufunze kbr yamukubise niwe aba uwambere kumusabira ikigongwe 😂😂 NB: sinshigikiye les violence physique ariko mugende mugira ama recherches kukintu citwa SYNDROME DE STOCKHOLM MERCI