Тёмный

Ku nama : ni igiki Francis Rohero azokorera abarundi niyatorwa ? 

Isanganiro
Подписаться 67 тыс.
Просмотров 14 тыс.
50% 1

Mu kiyago co ku nama co kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 19 ndamukiza 2020, Francis Rohero, uwuriko arahiganira ikibanza c'umukuru w'igihugu mu matora yo ku wa 20 rusama 2020 nk'uwigenga, aratuyagira muri make ico abarundi bomwitegako mu gihe yotorwa akarongora igihugu.

Опубликовано:

 

18 апр 2020

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 134   
@burundisgottalent2184
@burundisgottalent2184 4 года назад
Des aujourd'hui, ndahinduye ma priere, ngiye gusaba ngo: Mana nfasha, uturonse umurongozi mwiza. Nka Francis Rohero canke abe we. Amen!
@lievainagororoka2337
@lievainagororoka2337 4 года назад
Ndumva afise imigambi myiza kandi irashe
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
Hambavu yo gusenga nashizeko kwigisha imigambi yiwe uwo mpuye nawe wese @Tora iteka ryawe Uburundi buhiriwe mw'iteka n'itekane 🍊
@VONTValfaxade
@VONTValfaxade 4 года назад
burundi's got talent afise imigambi ipanze neza.
@francoisciza9904
@francoisciza9904 4 года назад
Ndakwemeye urafise rhetorique impeccable kandi urafise vision nziza cane. Birakeneweko abarundi batora imigambi kuko agakuku ka bamwe n ubwibone muri politike nivyo bitumye bamwe babonako aribo beneburundi mukwigizayo abandi babita abahemu.
@user-yc5zq4he7z
@user-yc5zq4he7z 4 года назад
Hhh benshi bashira imber ka mwanana wa mama ntibibuka abandi ko ari abantu nukugira bubahwe gusa agusa lmana irakwiy kudushumbusha
@KNOW-HOW2303
@KNOW-HOW2303 4 года назад
Uyumutype .. nahabwe amahirwe ...,Imana imuje imbere...Bose iyaba bakunda igihugu barigushigikira uyumuntu abitoza bose bakamusigira amajwi ...
@jonasminani2230
@jonasminani2230 4 года назад
Iyo migambi nimyiza twosaba ko mugihe atotsinda amatora uwundi yotsinda yogerageza iyomigambi rohero avuga yoteza imbere igihugu
@nancyina5241
@nancyina5241 4 года назад
Nuwutemera urukwavu, aremera ko runyaruka. Mbega umunyabwenge w’ umutima !!! 🙏🏻🙏🏻🙏🏻 Francis ROHERO ; Imana iguhe amahirwe yose utorwe, utuyobore, tukuyoboke. 🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻Giramahoro, nyakuvyara ugaheka. Turagushigikiye 💯
@nancyina5241
@nancyina5241 4 года назад
Gloire à Dieu kubwa Francis ROHERO: Ni umugabo muzima basi. Neza ndemejwe !!! 🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻
@renovatnizigama1047
@renovatnizigama1047 4 года назад
Wooooooh, kuberiki Abarundi tutakumenye kare ngo tuguhe igihugu, ndumva wew woshobora kudushikana imbere, Imana ikuj,imbere imigambi yaawe irarashe; vision-manifeste-inyigisho-engagement-decisions
@ChrisdDusen
@ChrisdDusen 4 года назад
I don’t usually pay attention to politics, thanks to my mom🙏🏽 Uyu mugabo afis indoto nziza👏🏾 Bravo 🇧🇮 Iyaba vyokunda ko tuguterekayo, gus iwacu turacatinya ivyabaye 1993.
@konde24ful
@konde24ful 4 года назад
Nabanze yiyumvire ndadaye.
@axelnshimirimana5147
@axelnshimirimana5147 4 года назад
Ufise imigambi irashe!!! Giramahoro
@nestorndayishimiye5712
@nestorndayishimiye5712 4 года назад
Fracis ROHERO uraciye ubwenge, ufise imigambi myiza cane.Abanyepolitike bagenzawe barakwiye kukurabirako akarorero mubijanye no kuzamura ubutunzi bw'igihugu! Nivyashika ukarushwa mu matora barakwiye kuzopfuma bakugira 1er Ministre. Respect et courage!
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
Nguyo Mu Président abereye Uburundi Imana iributse abarundi ntimusamare basha ngwino tumuhunde amajwi kuko imigambi yiwe irarashe Uburundi mumyaka 7 yoba ari paradizo @Francis Rohero Tora iteka ryawe , Uburundi buhiriwe mw'iteka n'itekane 🍊
@nancyina5241
@nancyina5241 4 года назад
N Esther Tuzomutora 💯👍👍. Francis ROHERO: Giramahoro Nyakugirimana🇧🇮👏🏻👏🏻👏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻
@nundabe
@nundabe 4 года назад
Turakeneye uyumutipe atubere umurongozi....
@NathalieNIYUHIRE-vj8il
@NathalieNIYUHIRE-vj8il Месяц назад
Bien dit Mr Francis
@godisgood9965
@godisgood9965 4 года назад
Uze wigore ukore campanye mugihugu cose usigura Ibi bintu ntakabuza udatorwa nabarundi benshi
@konde24ful
@konde24ful 4 года назад
Sha sinzi ivyurimo burya inkona ntibogozwa
@hassanmujahidin271
@hassanmujahidin271 4 года назад
Rohero komera
@niyonizigiyekarithas4710
@niyonizigiyekarithas4710 4 года назад
Hello abi wacu muraho? Uyo mu jeune home. He has good dreams thank you brother go go oooo Franc. 😁💗🌇💖😁😁🏩 good man. Big ideas. Penda 🙌
@boscohabimana1000
@boscohabimana1000 4 года назад
Uvuzukuri mugabo igisha benshi ntibakuzi nzogufasha kwigisha
@emmanuelnsengiyumva2731
@emmanuelnsengiyumva2731 4 года назад
Muragira débat hagati yaba bantu bagomba kwitoza... Merci
@juliasjoseph4720
@juliasjoseph4720 4 года назад
Huyu jamani akiwa raisi Burundi itakuwa nzuli sana
@divintuyisenge5508
@divintuyisenge5508 4 года назад
Francis burya umuntu yumvirije neza agatahura neza wishura ikibazo kukindi bakubajije urerekana imigambi yawe nacane cane kukintu kijanye nokugwiz umwimbi nogutanga akazi kubana bize amashure bakabura icobaribukore
@renovatnizigama1047
@renovatnizigama1047 4 года назад
Ndifuza kumenya uyu muntu kweli, Radio Isanganiro mudufashe kuronka Francis ROHERO
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
+257 79 56 74 86 ngiyo numéro ucuronka amakuru yose kubijanye nawe
@vianneyniyoyankunze7407
@vianneyniyoyankunze7407 4 года назад
Son nim privé 79080878
@nijimberealain8345
@nijimberealain8345 4 года назад
Ngiye numva imigambi kabisa itomoye irimwo ubwenge , nageragez mu myiyamamazo azoyisigurire neza abanyagihugu muntara zose. Uyo mugabo arantangaje kabisa
@carinenahishakiye2872
@carinenahishakiye2872 4 года назад
Nukuri usiguye neza peee imana ikuje imbere kandi uzobandanye iyomigambi yawe vraiment. Jewe nunva uzinubwenge vyukuri.numutima runtu
@vianneyniyoyankunze7407
@vianneyniyoyankunze7407 4 года назад
Ukeney kumenya vyinshi siga WhatsApp yaw
@hilairebarutwanayo6111
@hilairebarutwanayo6111 4 года назад
Nta commentaire Ndashimiy uwuhejj kukumbwira 🙏🙏🙏🙏🙏 Imigambi yawe ntisaza ndakuri inyuma
@MultiChanelo
@MultiChanelo 4 года назад
Hahah egoo ubivuze neza ababishoboye Nibapfume biba iyo miganbi !
@moisentakirutimana9860
@moisentakirutimana9860 4 года назад
Ndasavye cane Radio isanganiro izohuze abimirije kwitoza bose mu kiganiro
@NathalieNIYUHIRE-vj8il
@NathalieNIYUHIRE-vj8il Месяц назад
Ndakeneye numero yanyu kuko uranyuguruye mumutwe
@rnguy8956
@rnguy8956 4 года назад
Uburundi nibuto Yani mumyaka cumi ni iburaya
@ferdndayi
@ferdndayi 4 года назад
Ufise imigambi myiza. Nibishika ugatsinda uzoyishire mu ngiro. Nutatsinda naho, uwuzoba yatsinze azobikorereko abicopiér!
@ferdndayi
@ferdndayi 4 года назад
Imigambi ya Francis ni myiza. Adatsinze bazomuhe poste iri stratégique kugira iyo migambi igihugu ntikiyihombe
@bucindikapierreclaver429
@bucindikapierreclaver429 4 года назад
Helas
@MultiChanelo
@MultiChanelo 4 года назад
Imigambi iroroshe kwigana icabuze numutima wineza : umutegetsi akunda abo yajejwe n Imana bose co kimwe, "de l'eau potable pour tous et non du champagne pour quelques uns"
@ogust7846
@ogust7846 4 года назад
naho atazotsinda, avuga ibintu biri ku rutonde, ndamwubashe.
@padondiku5878
@padondiku5878 4 года назад
Uyu mugabo arakwiye kuba uburongozi kabisa .
@nicaisensabiyandemye3598
@nicaisensabiyandemye3598 4 года назад
Iyo niyo ndongozi dukeneye.
@abasovalfred6266
@abasovalfred6266 4 года назад
Hariho ikintu abantu mwiyibagiza! Muri Africa abategetsi nka bose baza bafise imigambi myiza cane; ikibazo aho kiri : POLITIQUE INTERNATIONAL!!!! AHA NIHO HARI IKIBAZO! kuko Iyo migambi yiwe NTASHOBORA kuyishikako mugihe hari abanyagihugu baba manipulé nibihugu vya rutura bitigera biha agahengwe AFRIKA muri rusangi! AHA NIHO CUGARIYE!!!!!!!!!!!!!!!! UBUNDIBWO AFRIKA IBA YARATEYIMBERE KERA CANE!
@jclaudeuwimana2272
@jclaudeuwimana2272 4 года назад
👏👏👏👏👏no comment
@jeanpaulmajambere9608
@jeanpaulmajambere9608 4 года назад
Uyu umugabo afise imigambi ariko abarundi n,africa yose muri rusangi ivyimigambi ntitubitora
@minanidenis9793
@minanidenis9793 4 года назад
Francis yisigura neza cane. Naho atotorwa iyi migambi yiwe uwuzoyikurikiza igihugu cacu cotera imbere gose. Umunyamakuru nawe aze yibuke kubaza abatumire kuvyerekeye tourisme n imigambi boba bafitiye ama parc yacu abu amwe n amwe atakirimwo ibikoko.
@ladygalis6708
@ladygalis6708 4 года назад
Ni mumuhe amahirwe niba ivyavuga azobishira mu ngiro....
@niyonizigiyekarithas4710
@niyonizigiyekarithas4710 4 года назад
But uwe namakomando wa nguvu (soldiers) ✈✈✈🌇🎠🎠✈
@konde24ful
@konde24ful 4 года назад
wapi benaba baryohera amatwi ariko kuja mungiro ntibikunda, kuko cambu cawe ntabakombando afite.
@hcntvonline2255
@hcntvonline2255 2 месяца назад
Ayama jambo n'uyumusi aracari d'actualité vyukuri.Ese none umurongozi nk'uyu habuze iki ngo Abe ariwe aturongora????
@milym2713
@milym2713 4 года назад
Mwayaga neza kweri Imana ibazigame musenga natwe twam twasengey uwuzoturongor tuzomuhabw naw nahubund mwes muz mutunezerez mumajamb nuw arik ntitwar tuz ko yoduturatuj imiryang yac ikagum yicwa atac bazir aband bagafungw atac bahorw bahorw ibibi biba vyakozw nab badutwar ngir bibaz kwarib baturemy umeng bo ntibafis imibir cokimw natw Kimw Imana ibahezagir ntakidafis intang nihrezo
@jeromendayisenga5086
@jeromendayisenga5086 4 года назад
Avuze neza, ariko politique sivugabutumwa, navuge iyamahera azoyakura, il ment, nimukanure, abanyafrika muroroshe kumanipula pe
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
@@jeromendayisenga5086 ndibaza ko utamukurikiranye neza canke ngo ube warasomye Neza ibitabo yanditse en rapport ya société iyaba utari muboroshe kuba manipuler uba ubanza gutohonza au lieu yama critiques zidafise ishingiro
@boscohabimana1000
@boscohabimana1000 4 года назад
Nomubona gute natange numéro yiwe
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
+257 79 56 74 86 ngiyo numéro ucuronka amakuru yose yiwe
@boscohabimana1000
@boscohabimana1000 4 года назад
@@nesther9068 merci beaucoup nayibonye numéro yanyu
@vianneyniyoyankunze7407
@vianneyniyoyankunze7407 4 года назад
Inimero privé za francis 79080878
@omerniyonzima7719
@omerniyonzima7719 4 года назад
Abategetsi b'imigambi nkiyo nimwe dukeneye. Uburundi bwoter'imbere igihe vy'ukuri imvugo yojana n'ingiro. Gusa nuko muriko mubwira abakoresha watsap gusa nabo nibake cn ugereranije nabatunz'ubuhinda. Iyaba umugambi mwayivugira kwiradiyo yigihungu abafis'umutwe twobatoye kabisa. Mais mukomeze tuzobashigira mukubah'amajwi. Narindi tangaz'abantu muhindur'ibintu. Mwamwumvise sinkekeranya.
@jobmanagementbditv9099
@jobmanagementbditv9099 4 года назад
Komeza Ariko amahirwe yokuba présida Ni make
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 4 года назад
Ewee uritoza .jeho nzosaba uwutsinze .nzoshima uwuzotsinda nkaronka uburenganzira bwo kuja iwe ngataha ngabanye
@johnsonakimana6993
@johnsonakimana6993 4 года назад
Très intéressant👌puis-je avoir le projet de société écrit de Mr Francis Rohero???
@vianneyniyoyankunze7407
@vianneyniyoyankunze7407 4 года назад
Laissez votre contact WhatsApp
@vianneyniyoyankunze7407
@vianneyniyoyankunze7407 4 года назад
Ca face book wandik kuri page yiwe yitwa francis rohero bacabaguhereza
@johnsonakimana6993
@johnsonakimana6993 4 года назад
Vianney Niyoyankunze 75318763 merci
@pgepge7039
@pgepge7039 4 года назад
Ivyo F Rohero avuga urumva yuko arumuntu yugurutse kandi azibintu arikikibazo nfise kuribenewacubabarundi mumokoyose lubudasabwacu nukotutashirimberabategetsi kuberimigambimtiza arikodushirimberabantu kubwimigambwe amoko imitumba nutugwi twabantu kubwamazina tutaravye ivyobashoboyenivyobazi , ivyonivyobibazo dufise , nizerekwabarundi dutangure gukurikirimigambi ahokubibikoreshovyimigambwe nubwoko kukovyosivyonukwibesha .
@suleimansmaiya2088
@suleimansmaiya2088 4 года назад
The topic was good but the journalist forgot to ask about the justice
@konde24ful
@konde24ful 4 года назад
Humura rero ntawutowe naho yotogwa ntavyo womenya. bofuta uraziko Africa ifite ingeso yimigambwe iri kubutegetsi kwiha amatora. none wibaza gute ko yorengana mugihe abari kubutegetsi bafite inkomezi z'Umuheto?
@vianneyniyoyankunze7407
@vianneyniyoyankunze7407 4 года назад
Tanga WhatsApp yaw uhabw ivyo Avuga mubutunzi
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 4 года назад
Ivyo uvuga vyose barashobora kuba evalués mu kiringo kanaka. Hari abandi ivyo batwemerera atakuntu na kumwe woshobora kubigirira evaluation
@habimanajohn2606
@habimanajohn2606 4 года назад
muratubwirira Rohero ashireho groupe ya watsap azoze araduhamwo iyo migambi yiwe,natwe tuzoze turayitanga mu ma groupe atandukanye .ico nico mbona nomufasha mu gihe ca Propagande
@vianneyniyoyankunze7407
@vianneyniyoyankunze7407 4 года назад
Saba kuri page yiwe Francis rohero Facebook. Baca baguha ivyushaka
@oscarharerimana4870
@oscarharerimana4870 4 года назад
Ivyiyumviro bizima vyiterambera y' imigambi yigihugu caco
@melancentirampeba3268
@melancentirampeba3268 4 года назад
Muragerageze muhuze: Rwasa-Francis, Domitien-Evariste, Leonce-Dieudone. Uwo noba nibagiye nawe mwomuhuza mukiganiro ca bose miri synergie des média. Muzoba mukoze. Twosaba kandi radio isanganiro kugerageza ishireho umurwi wabasesanguzi yamajambo yaba nyepolitike kugira bahejeje kuvuga imigambi yabo, murazi ko kenshi abo banyepolitike bakoresha imvugo ifobetse, uyo murwi rero uze uratanga umuco kubenegihugu, kugira bidufashe guhindura ingendo n'ivyiyumviro mugutora imigambi yashiikirijwe, tureke gitora umuntu kubera imvo canke iriya, yikintu twoba duhuriyeko. Cari iviyumviro canje murakoze.
@isaietwagirayezu4948
@isaietwagirayezu4948 4 года назад
wibagiye Gaston
@pontienmanirakiza1767
@pontienmanirakiza1767 4 года назад
Mb kohagez kwiyamamaz uwa uplona ataraza kwl .niwe. Asitaye
@habimanajohn2606
@habimanajohn2606 4 года назад
Ndamaze kwumviriza aba candidat bose projet de societe yabo bose nta n,umwe nari bwumv afis ico azaniye igihugu.uwo mugabo Rohero koko birumvikanako afise Vision iyamba Uburundi bwari igihugu c,i buraya canke USA je suis sur et certains ko Rohero yari guca atorwa.ikibazo Abarundi dufise ntidutora projet ariko dutora ubwoko,dutora umugambwe contrairement n,ibihugu vya buraya,na amerik aho n,ubwo mwoba musangiy umugambw udafis projet baca bakuvako.Ndavye uko Societe y,Uburundi yubatswe Rohero ndaziko atazotorwa ngo arongore igihugu gusa nosaba uwuzotorwa kurongora igihugu aze ampere ikibanza Rohero umugire umuhanuzi wiwe ajejwe ubutunzi n,imibano canke umushikirangaji ajejwe iterambere kuko Rohero yogira ico afashije.iyamba nari ndabishoboy twohunze amajwi Rohero.
@pontienmanirakiza1767
@pontienmanirakiza1767 4 года назад
Ingoran wagiz rohero ujutevye ntuzw nabanyagihug .sengiman izokwivange murugamba gwaw
@renovatnizigama1047
@renovatnizigama1047 4 года назад
Ntakinanir,Imana na Dawidi yarakuwe inyuma yumukuku w,intama
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
Niyo mpamvu muhari ngo mumufashe kubibwira abandi aho ushikana ijwi ryawe semerera Uburundi burakeneye indongozi nka Francis Rohero
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
@@renovatnizigama1047 Amen
@nancyina5241
@nancyina5241 4 года назад
Rénovat Nizigama; ntacayinaniye disii 🙏🏻🙏🏻🙏🏻
@mamerithaniyimbona8688
@mamerithaniyimbona8688 4 года назад
None kufise vision nziza ubona gute nutatoka muraya matora ya 2020 ukazoca uja mwihiganwa zayazokurikira kuko ntankeka wotorwa , muraya matora ya 2020 icotuma udatoka nuko utaramenyekana ariko ubandanije wishers ahabona abarundi bose bakakumenya ntakabuza bogutora vraim
@mamerithaniyimbona8688
@mamerithaniyimbona8688 4 года назад
Sindi mu Burundi ariko niho Nzeye iterambere mugihe tworonka chance yogutora aho turi noba uwambere mubagutora pee guko vision yawe irashushe niyo dukunda yakubu siyo iyabatama ubwenge buhaye busubira inyuma
@nishimagizwelambert8113
@nishimagizwelambert8113 4 года назад
Biratomoye! Duhe numéro yiwe
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
+257 79 56 74 86 ngiyo numéro ucuronka amakuru yose kubijanye nawe
@nsenga_cento
@nsenga_cento 4 года назад
Sorry ni numero yiwe canke ni iyabo bikorana?
@vianneyniyoyankunze7407
@vianneyniyoyankunze7407 4 года назад
Iyiw privé 79080878
@hassann4209
@hassann4209 4 года назад
Abarundi none hariyindi migambi isumbiyi mubona kuwundi ???
@vianneyniyoyankunze7407
@vianneyniyoyankunze7407 4 года назад
Mwosiga WhatsApp yanyu ngo muronsw vyinshi vyiw idonido
@nestorndizera4075
@nestorndizera4075 4 года назад
Francis ufise ivyiyumviro vyiza cane. Jewe noguhaye ijwi, ni uko abarundi turi hanze tutazotora. Ariko ndipfuza ko abarundi isinzi bazoguhunda amajwi tukabona changent mugihugu
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
Ariko urafise abagenzi n'umuryango bari mu Burundi babwire ko Francis Rohero ariwe bazotora kubera imigambi afitiye Uburundi n'abarundi
@nancyina5241
@nancyina5241 4 года назад
Esther; turabikora neza caane. Courage sanaa. 🙏🏻🙏🏻🙏🏻
@nzeyimanaprosper8331
@nzeyimanaprosper8331 4 года назад
Turashimira I Radio Isanganiro kubiganiro nkibi. Tugasaba ibi: 1. Mutegure débat hagati yaba Candidats Bose, pour une confrontation des projets de société ; 2. Bashire Ama Projets kuri Site Web kugira tuzisome; A Barundi ndabahamagarire gutora i migambi.
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 4 года назад
Nta n umwe afise imigambi. Francis aboneka ko afise inzara nyinshi,yarabanganyutse. Yomara amahera y ibigega kuko ni umukene
@clarakabura7543
@clarakabura7543 4 года назад
@@hangiroetincelle8167 urumva umukene ntagihugu yokunda?, abo batunze badushikanye he?.
@kaburagad7268
@kaburagad7268 4 года назад
@@hangiroetincelle8167 Nturatembera nimba waratembeye naho ntiwari kuvuga uko uvuze bitewe nivyo wize nivyo wabonye
@ferdndayi
@ferdndayi 4 года назад
Kazima afise imigambi myiza
@fabienrugamba3963
@fabienrugamba3963 4 года назад
@@hangiroetincelle8167 En 2005 , abo uvuga basa gute ? Ushaka guhuvya abarundi bifuza iterembere wewe.
@konde24ful
@konde24ful 4 года назад
Ukomeje kumwumviriza urumva itandukaniro ryumuntu ava mwishamba numunyepolitike , asanzwe avuye kwishure gusa. aba niba Merchior Ndadaye, batunga imigambi myiza yinyungu kubenegihugu nigihugu, ariko bahita baburizwamo.
@nkljk0170
@nkljk0170 4 года назад
Yaba hatorwa imigambi uyumu candidat niw yotorwa
@renovatnizigama1047
@renovatnizigama1047 4 года назад
Ico nico kibabaje, abarundi bene wacu ntidutora imigambi
@vianneyniyoyankunze7407
@vianneyniyoyankunze7407 4 года назад
Fata iyambere abandi bakurikire dutore imigambi
@nancyina5241
@nancyina5241 4 года назад
Bonne réponse Vianney Niyoyankunze 🙏🏻
@konde24ful
@konde24ful 4 года назад
Africa iyobogwa muburyo bwa communism naho bisunga democracy. ego naho woba ufite imigambi myiza africa biragoye kuja kubutegetsi naho wotogwa nabenegihugu. utagira igisirikare nturengana, abahoze ari inyeshamba iyo bafashe ntibarekura kuri, bo baba bagomba uwukoresha inguvu kuko ngo kiba carabavunye, kandi benabo imigambi myinshi iteza abene gihugu cane cane ugwaruka irazibigwa. ikibabaje murivyose babiririmba nkuko umengo muri kumwe mutari kumwe. niyo baramutse bagize ico bakoze kiba kireba akagwi gato kababemera nabanwanyi babo. kandi uraziko abantu bose batobarizwa mumugambwe umwe hari nabatemera ivya politic kandi nabo bagomba kubaho kwitekane. benibi bihugu vyama biri kure yiterambere ariko abari munzego bobo baba bafite vyose, igihugu nabene gihugu bigaca bibaho mukibazo.
@thereader2212
@thereader2212 4 года назад
Ndaziko aza kuraba kino kiganiro Twebwe abarundi bumutima turashimye ko kuva uburundi bwabaho habonetse uwutoza afise imigambi myiza kandi ishemeye Kuko burya uhereye kuburongozi ukabukosora uba uhejej vyose kuko abarundi ntibakenye mumufuko mugabo bakenye mumitima Kukintu cuburongozi rero jewe ndabona ufise imigambi myiza Mugabo burya na Ndadaye ntiyari umurongozi gito kuko yarafise imigambi nkiyo nyene wanashaka uramwumvirize muri discours yiwe "Burundi bushasha" mugabo kubera atarafise inguvu zimurinyuma za gisirikare warabonye ko ataramvye Kandi warabonye ko burya ivyabaye bikurikira igandagurwa ryiwe ko vyasize abarundi habi Twogusaba rero ko wozovyiyumvira ugashinga umugambwe Canke ugafashanya nabafise umugambwe nka rwasa canke abandi kuko niho wogira inguvu inyuma yawe Kuko iyo hageze ko bakubaga Nababandi mwari kumwe ntanumwe ahaseruka Komera kumuheto wamugani wawawundi Abanyaguhugu dufise inyota yo gutunganirizwa ariko tugusaba urondere inguvu zikuri nyuma .
@fabienrugamba3963
@fabienrugamba3963 4 года назад
Inguvu siwe aziha, ni twebwe abarundi tuzimuha. Mugihe twoba twumva vision yiwe , Kandi twumva ivyo avuga avyumva kandi abifitiye ubumenyi hamwe n ' umutima. Uruhara ni twebwe rwo kumushigikira n ,ukumugirira campagne , ivyo birumvikana cane.
@thereader2212
@thereader2212 4 года назад
@@fabienrugamba3963 nimukomere cane Nagomba kukwibutsa ko burya abanyaguhugu( batobato batari muri leta no munzago zijejwe umutekano) bafise aho bagarukiriza Kuko burya ntawakundwa nabanyagihugu gusumvya ndadaye yatowe nabanyagihugu bubwoko bwose muri 1993 ningene abarundi bari bakiri munryane zamoko kurugero rwo hejuru Mugabo vyaranse baramugandagura Rero ndaziko isi yubu itakiri iya kirya gihe mugabo histoire nico cigwa cama kiduha gasopo kiti Uramenya ntusubire canke ngo ukore ivyo naka yakoze kuko ntivyamuhiriye( uraba wumva birenge( niwewe ubwirwa ) Rero Rugamba ntuze ubone umenga ikiyaga kiratuje nguhave wibaza ko wosimbiramwo utazi kwoga Aho ubona harababa Kandi arondeye inguvu inyuma yiwe yoba yikijije wenyene kandi natwebwe akaba adukingiye kandi igihugu kigatezwimbere
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
@@fabienrugamba3963 ndakunze intererano yawe
@nancyina5241
@nancyina5241 4 года назад
Fabien Rugamba; uri intore disii. Très bonne réponse claire 👍👍🙏🏻🙏🏻
@konde24ful
@konde24ful 4 года назад
Kimwe womenya nguku uko bimeze benibi bihugu vyiwacu mugihe umugambwe wariwo wose wavuye mwishamba, ufite abasoda. akarorero nka Cndd mugihe iri kubutegetsi gomba ureke kwonona amahera yawe. kuko ntushobora kurengana, bacumugani mukirundi ngo nyeni intambi imbugita nuwuyifashe ikirindi.
@jeromendayisenga5086
@jeromendayisenga5086 4 года назад
Uyu mugabo arabesha, amahera kiretse ayaja muburimyi ngo azova hanze, ninde yakubwiye kwazoguha amahera yiwe, ko hanze bataguha atacutanze, uzotangiki, ushizemwo ayava hanze sinfagushigikiye, tubwire kuyava iwanyu pas hanze, ayo hanze ntuyahagarareko, en politique votre argument s'appelle l'idéal, ndindiriye umuntu ari pragmatique, ivyo uvuga numwana yiga kaminuza yobivuga c'est l'idéal et utopique
@bukeyenezaonesime818
@bukeyenezaonesime818 4 года назад
Don't act like you are intelligent enough Uwo mugabo aciye ubwenge Kuko without support, without borders opened, without visitors, without investments Our beautiful country (Burundi) is going nowhere 😕😕😔
@natanaelnihorimbere4258
@natanaelnihorimbere4258 4 года назад
Afise vision nziza cane Mais kubishira mu ngiro nivyo vyomugora bivanye nabo bokorana muri leta yoshiraho
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
@@natanaelnihorimbere4258 Abo bakorana bakurikiza vision yiwe ncuti
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
@@bukeyenezaonesime818 tell them bro inkandagirabitabo zintumva zibaza ko kwiyugarana ariryo terambere
@user-tr4hd2wu6f
@user-tr4hd2wu6f 4 года назад
Niyo watuza igiporisi co mwibarabara uzoba ukoze
@ira903
@ira903 4 года назад
Mr.Rohero, zuravuga bukebuke witonze.
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 4 года назад
Ugomba guta igihugu mu manga, ata gisota ufise
@donarldjerry94
@donarldjerry94 4 года назад
Igisoda mugihugu camahoro nicigihugu. Gikorana nabategetsi bose baje, Umugabisha mukuru aba ari President
@nesther9068
@nesther9068 4 года назад
N'igisoda kiramukeneye ko nabo baramaze gutandukanya icatsi n'ururo
@tuyisengemelanie8021
@tuyisengemelanie8021 4 года назад
Reka nkugire inama wamugabowe nyimba udakunda u utegetsi ukundako wobona igihugu ciza raba kurizi ntambamyi 1-imigambi yawe nimyiza KBS kandi iratomoye ariko ikibazo warinyegeje benshi muritwebwe ntitwari tukuzi iyi migambi yawe rero kugirango uyumvishe abantu muriyimisi mike isigaye kugira amatora Abe ntivyokunda . 2-abarundi hafi yabose bakunze gutora umuntu bamenyereye canke baharaye batitaye kumigambi yiwe Jewe nkumuntu nakurikiranye ikiganiro cawe mbona inzira yonyene ishoboka yotuma nimiburiburi imigambi yawe igira icifasha igihugu nnka 60% niyi yonyene A) Gwasa nimunyapolitike mukuru azwi kandi vrment nawe afise imigambi Atari mini ahubwo uravye ufashe imigambi yiwe ukayihuza niyo yawe tayali bwaburundi wipfuzako abazosigara nyuma yawe babona twoca tuburonka B)Fata team yawe nimigambi yawe mwese mwihuze na CNL ndizeye nezako mwoca mutubohoreza uburundi bwacu kuko nimutabigenzuko abaraho kumigambi numvise bafise kuburundi mukamureka agatogwa nivyahuha arabihuhura murakoze.
@joselynenibigira2647
@joselynenibigira2647 4 года назад
Uravuze neza birababaje kubona uno munsi uburundi bukibandanya bwandikwa mu bihugu abanyagihugu bagihunga igihugu cabo!
@bikonyoriinnocent8202
@bikonyoriinnocent8202 4 года назад
Hamwe mworonka abo mwokorana iyo migambi yanyu Uburundi bwotera imbere.Amakenga mfise si abantu benshi bazemera kubaho nabi kugira benshi barongoye babeho neza.Kandi n'abarundi benshi ntibatora baravye imigambi n'abayishikirije ico bakoze muri kahise gishobora kwerekana ico bazoba,batora baravye imigambwe n'ico bicura bazohabwa n'umugambwe ku giti cabo.
@victorg7280
@victorg7280 4 года назад
Jocelyne wombwira igihugu uzi kuri ino si,atamuntu numwe arakivamwo ngo aje kuba ahandi.Gusa mu Burundi ho ubiravye en large birenze urugero nivyo;,:ngizo za 1965 1968 69,akamaramaza 1971,(abatutsi baba nyamuramvya batotezwa nabahima),,1972,ihonyabwoko kuba hutu,1988 Ntega na Marangara,,1991,1993(igandagigwa rya Prézida Ndadaye ), 2015,Abo bose bagiye bava mu gihugu kumvo zishobora kuba atari imvo,zimwe, ariko bitwa nimpunzi .
@MultiChanelo
@MultiChanelo 4 года назад
Ubwo abarundi bariko barakurikirana iki kiganiro baratahura vyukuri, iyimigambi ninde atokwifuza kuyibona ga yemwe
@konde24ful
@konde24ful 4 года назад
Kuminota 35.45 ngo kunagura amabarabara yo mugisaga no mugihugu cose nkumvo yibidandazwa biva mugihugu cose, hagomba imigenderanire myiza nibihugu vyahora bidufasha. ibi bivusmzeko atokorosha vyavyimbugwa vyubutare nibindi yaziganine muvyo yavuzeko atoshoka akoraho. none ibi vyumvikana nko kubohera uburundi mubuja kuko ivyabanyamahanga bizanana isinye. watangiye neza aroko ugenda ubogama ntangurane zabanyamahanga ukeneye uburundi buratunze, ndaziko ubizi kurishaho.
@joselynenibigira2647
@joselynenibigira2647 4 года назад
Uravuze neza birababaje kubona uno munsi uburundi bukibandanya bwandikwa mu bihugu abanyagihugu bagihunga igihugu cabo!
@nancyina5241
@nancyina5241 4 года назад
Joselyne NIBIGIRA ; dufate iya mbere dutore ROHERO, dutore imigambi yiwe. Nta kibuza abamushigikiye, turi benshi. Kandi ROHERO agomba gutsinda, atuyobore, tumuyoboke.
Далее
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 5 Mukakaro 2024
15:22
Просмотров 1,3 тыс.
Agathon Rwasa muri Murisanga
57:36
Просмотров 6 тыс.
Stray Kids <ATE> UNVEIL : TRACK "Stray Kids"
01:28
Просмотров 856 тыс.
WE COOKED A SHRIMP KEBAB  #recipe #barbecue #food
00:21
Просмотров 164 тыс.
🤘РОК или ПОП?💖
3:20:26
Просмотров 1,7 млн
Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu
1:59:23
Просмотров 7 тыс.
Kuva mu mwaka wa 2015, Uburundi bugeze he?
1:08:53
Просмотров 16 тыс.
Stray Kids <ATE> UNVEIL : TRACK "Stray Kids"
01:28
Просмотров 856 тыс.