Тёмный

Francine Niyonsaba /navuye kure/Natwaye umudali or mumpuzu natijije/ twe na Semenya baraturenganya 

BE TV Burundi
Подписаться 66 тыс.
Просмотров 95 тыс.
50% 1

#BETVSports,mukiganiro yahaye IRADUKUNDA Elvis yamuganiriye ibitari bike kuva agitangura kwinonora imitsi akiri iwabo mu Ruyigi gushika aho atangura kwandika amateka ariko hari ivyagiye biramugora.....

Развлечения

Опубликовано:

 

1 окт 2020

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 226   
@charlesntigurirwa2653
@charlesntigurirwa2653 2 года назад
I am from Rwanda, CONGRATULATION OUR Daughther FRANCINE ..
@niwemugenimediatrice5640
@niwemugenimediatrice5640 2 года назад
Njye nubu sindemera ko ari umukobwa.Mumenye vuba cyane
@cestlaviecestlavie4073
@cestlaviecestlavie4073 2 года назад
@@niwemugenimediatrice5640 🙋 ngira ngo yavukanye ibitsina bibiri 😏
@user-qs7ys7rj7x
@user-qs7ys7rj7x 4 месяца назад
Iy ntah irandyohey gushik nah ndir kubw umunezero c'est la première fois ndijijw numunezero félicitation
@felicitensabimana
@felicitensabimana 17 дней назад
Jewe maze imisi mike ndagukurikirana ingene inkino mwakoze zagenze birampimbara cane.Bravo!
@niyonsabajeanrobert8435
@niyonsabajeanrobert8435 3 года назад
Elivis ndakuramukije cane. wiriwe neza. ni your Friend Robert, wakoze cane kutugezaho amakuru meza y'uwu mwubahwa wau ariko aratuma igihugu c'iwacu kizamuka.Imana ibadanye kumuteza imbere hama ashobore no guteza imbere abandi.
@hfhfvdhc3880
@hfhfvdhc3880 2 года назад
Congratulations Francine Gusa jewe Sindatahura neza kurumukobwa mbonumengo Urumuhungu🙆‍♂️🤦‍♂️
@kysredy6498
@kysredy6498 2 года назад
Nanje vyaracanze mumbarire Numukobwa cank umuhungu?
@thegreatwise3280
@thegreatwise3280 2 года назад
UBURUNDI BWUBAHWEEEE. MERCI FRANCINE NIYONSABA KUBANDANYA KUTUDUGIRIZA IBENDERA
@sj-dg8wg
@sj-dg8wg Год назад
Uyu kwiruka kwe ntibifatiye kukumenyerezwa cane ahubwo n'impano y'Imana. She is blessed.
@enjoyafricatv
@enjoyafricatv 2 года назад
Songa mbere kabisa. Uyu mwaka wa 2021 nashimishijwe n'ukuntu NIYONSABA Françine witwaye. BeTv Sport mwarakoze kumutumira. From #Izingiro
@Ntambwe4040
@Ntambwe4040 2 года назад
☆☆☆ Courage sister Niyonsaba, Imana ikomeze ikurinde☆☆☆ gerageza wigishe nabandi bigeme.
@user-qd3jb8hn2q
@user-qd3jb8hn2q 3 месяца назад
Kuki udasenga kweli kdi iyo Mana ariyo yagushikanye kurivyovyose guma ushima Imana ❤urintwari kbs uribazina biwanje turitiranywa ufise izina ryiwanje
@GggGg-uh5ir
@GggGg-uh5ir 2 года назад
Umurundi yubahwe kabisa konerezako mukobwa mwiza abakobwa turashoboye komera burundi from saudia ❤❤❤🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤
@Fildaus6306
@Fildaus6306 2 года назад
Umu journaliste abaza neza vrma hama Francine nawe vrma félicitation Imana yarakwishuy birahimbay ihabwe icubahiro
@girukwishakavenantie497
@girukwishakavenantie497 2 года назад
Hama Journaliste hageze ko musubira kuraba Francine atayagire kuntsinzi yaraye atahukanye muruyu mwaka wa 2021
@nestorbarungura6952
@nestorbarungura6952 3 года назад
Ndibuka competion yabereye kuri ENS nari ndimwo nanje m vyaranse ko dushika kuree bonne chance!!!
@esperanceimbonere7324
@esperanceimbonere7324 2 года назад
Courage Mukobwa mwiza!
@rashkizakiza949
@rashkizakiza949 2 года назад
Ko atamabere arise?
@felicitensabimana
@felicitensabimana 17 дней назад
Bonsoir.Imana ishishikare kubashoboza mu athlete nkunda
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 2 года назад
Yooo sinari bwumvirize uyu murundi kweli... ariko uvuga neza disi Kandi ntabwirasi nubushinyaguzi ufise.... congratulations Francine.... keep it up... hana abarundi nuko disi nibabakundukizeee.... ariko ntaco bitwaye .... wariyubatse from nothing. Courage
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 3 года назад
Imana ikuje imbere Francine wewe
@jeaninendayishimiye2529
@jeaninendayishimiye2529 2 года назад
Ndashimiye Imana kubwiyi histoire vmt,Imana ihabwicubahiro na niyosaba yubahwe babisaa
@nkumugishanatacha4724
@nkumugishanatacha4724 3 года назад
Komera utezimbere igihu gu Imana ikujimbere
@edwardbazaneza1613
@edwardbazaneza1613 3 года назад
Imana imbere
@olivern4444
@olivern4444 3 года назад
Ino experience ikwiye kwandikwamo igitabo kugira sport ibashe gutera imbere mu gihugu. Zino mbogamizi yahuye nazo, kutamenya abantu bari aho yarari kera nabo bafise talent, bisaba ko ivyo yaciyemo vyandikwa.
@uwachris3023
@uwachris3023 2 года назад
Abarundi mumbarire uyu Francine n'umukobwa?🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@irakozenusra496
@irakozenusra496 2 года назад
Egoo numukobwa
@godwingodwin4975
@godwingodwin4975 2 года назад
Ko ntamabere afitese !!! Njye ndabona arumusore
@jeanbaptistekagarama8552
@jeanbaptistekagarama8552 2 года назад
Niyonsaba ndagukurikira cyane urashimishije imana ikwagure uzagere kure heza hashoboka
@ninettehappynessninettehap7007
@ninettehappynessninettehap7007 2 года назад
Wararushe mwana wamama Imana ishimwe cane waraye ututeye iteka fracine Imana ikunezereze
@joselyneuwimana9769
@joselyneuwimana9769 Год назад
Francine 2009 uribuka neza ahowaraye kweli urabeshe waraye mungagara turagira ubwobako woba uri umuhungu ukaba uturayemo turi abakobwa gusa Imana ikomeze kukurinda ikurindire umuryango waraduteye iteka abarundi kazi biramenyekana ko abarundikazi bashoboye
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c 2 года назад
Congratulations francine ❤❤❤🇧🇮💪💪
@euthraisefafa1328
@euthraisefafa1328 2 года назад
Nkazamyampi niwubahw kwer MA shaAllah
@solinebizimana3881
@solinebizimana3881 2 года назад
Very good! Akazi kica uwicaye! Komera Francine.
@jeandidierrukundo156
@jeandidierrukundo156 2 года назад
Abarundi twese turakwishimiye uraduteriteka mumakungu ibendera ry igihugu rigasayangana mumakungu hose 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@GggGg-uh5ir
@GggGg-uh5ir 2 года назад
None nimubwire nukobwa canke numuhungu??
@cestlaviecestlavie4073
@cestlaviecestlavie4073 2 года назад
@@GggGg-uh5ir 🙋 twese twabuz'inyishu
@GggGg-uh5ir
@GggGg-uh5ir 2 года назад
@@cestlaviecestlavie4073 nukuri nanje vyancanze
@benshaka7595
@benshaka7595 3 года назад
Uwu mu journaliste abaza neza!!
@egidetabaro553
@egidetabaro553 2 года назад
Dieu est si bn est si merveille
@johnmuvira745
@johnmuvira745 2 года назад
@@egidetabaro553 Dieu est si bon et si merveilleux. Wize muri Fondamental? Polé sana
@niyikizaregine6643
@niyikizaregine6643 2 года назад
Amazina ko numva ari y'abakobwa n'umukobwa cg n'umuhungu kuko asa n'abahungu .Gusa Congratulations birashimishije uteye agateka igihugu cyawe
@umugabanechannel6118
@umugabanechannel6118 3 месяца назад
Pole ntaho Imana itogeza umuntu, gusa none ubu uramaze kugera heza ko mbona wambaye iyatabutse?
@TruthMediaUkuri4024
@TruthMediaUkuri4024 2 года назад
Turanezerewe nugukurikirana ikiganiro mwakoranye na Francine turamwibuka muri YAF.
@SartiifirimeBurundi
@SartiifirimeBurundi 2 года назад
Sinaribwemere. Ko. Niyonsaba. Fransine. Arumwigeme. Narinzikwarumuhungu.😀😀😀😀😀😀😀👍
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 2 года назад
Francine jewe vraiment ndakunze ukuntu witwaye mukudacibwa intege n'ikibabo. Guko ndazi ruguru i wacu iyo turiko turakora ibijanye na talent ikirimwo ariko bitamenyerewe mu kibano bakwita umusazi maze bikaguca intege. Congratulations kweri. Big up.
@josephmpaye1075
@josephmpaye1075 2 года назад
Nagira ndagutere intege mu kugushimira ko wagize ikiganiro tres professional. Ntibikunze kuboneka mu banyamakuru on RU-vid mu burundi. Keep it up bro. Ni ubwa 1 nkurikiye TV yanyu. Big Up to yourself.
@elvisiradukunda1973
@elvisiradukunda1973 2 года назад
Merci
@teginezamilca2472
@teginezamilca2472 2 года назад
@@elvisiradukunda1973 Kudos kabisa 🙌 en tout cas Ur uwambere sinari bwabibone gukora neza nkuku kuri TV online zo mu Burundi
@elvisiradukunda1973
@elvisiradukunda1973 2 года назад
Merci
@user-ts7xc5ql6m
@user-ts7xc5ql6m Год назад
Imana ntiguha icushaka ariko iguha ikigukwiye
@bertinsociologue6953
@bertinsociologue6953 2 года назад
Yubahwe kabx
@felicitensabimana
@felicitensabimana 17 дней назад
Bravo!
@nestorbarungura6952
@nestorbarungura6952 3 года назад
Twese muvyatubujije gutera imbere bwabaye ubukene no kubura abadufata mu mugongo birumvikana warakoze cane kweli.
@jeaninendayishemeze9372
@jeaninendayishemeze9372 2 года назад
Courage muvukanyi wacu.turagukunda kubera ubutwari bwawe.lmana ishishikare kugukomeza
@Freench20204
@Freench20204 Год назад
Ndagukunda caneee Francine
@Bethebeliever7
@Bethebeliever7 2 года назад
Day In The Life With Francine Niyonsaba 🔥💯
@nourambarak6297
@nourambarak6297 2 года назад
jew naratangqy harihiganrw ryaberey kur jardin bury nagiy numv ngo francine yabay uwamber ntanuw narinz nigih bitangur sinar nanamubony do congratulations urashoboy
@user-ci1vz1cv3w
@user-ci1vz1cv3w 2 месяца назад
Nonuy Francine numuhung cank numukobw vyarancanz😂😂😂
@pierregahitira2217
@pierregahitira2217 2 года назад
Uyu mu journaliste akoze neza abaza neza ibikenewe
@elvisiradukunda1973
@elvisiradukunda1973 2 года назад
Merci
@girukwishakaclaudine8672
@girukwishakaclaudine8672 2 года назад
Ohoooo Francine nukuri warahezagiwe uzugumane ubumenyi bwawe
@mpawenayochantalofficial1051
@mpawenayochantalofficial1051 3 года назад
Jewe ndashaka kumubona yambaye ikazu cank ijipo
@fabiolasibomana340
@fabiolasibomana340 2 года назад
Sha ntacovamwo ayambaye niyigumire gurtyo mwi pantalo
@jojonostress486
@jojonostress486 2 года назад
@@fabiolasibomana340 hhhh😂😂😂😁😁😁
@styveniyokuru7404
@styveniyokuru7404 Год назад
Félicitation imana ikwongere ubumenyi iguhe namagara mazima
@beatricenduwimana5567
@beatricenduwimana5567 3 года назад
Ndakunda ukuntu uri umunyamwuga mubibazo vyaw Elvis, courage
@elvisiradukunda1973
@elvisiradukunda1973 2 года назад
Merci
@furahaoman3867
@furahaoman3867 2 года назад
Mashallah 👌👌👌👌
@chacha9874
@chacha9874 2 года назад
Vyiza can niwirambire 💪💪💪💪
@tuyishemezeirispascal8461
@tuyishemezeirispascal8461 3 года назад
komera gose, ukomez gutez iteka iguhugu cawe
@thatienshima5361
@thatienshima5361 2 года назад
Bravooo 👌🏾
@joyeusesconconuty7337
@joyeusesconconuty7337 3 года назад
Imana ikurinda
@jeaninendayishimiye2529
@jeaninendayishimiye2529 2 года назад
Imana ni igitangaza vraiment
@byaruderek5611
@byaruderek5611 2 года назад
She really runs
@mpawenayochantalofficial1051
@mpawenayochantalofficial1051 3 года назад
Imodoka ninziza nanje ndayirwaye
@kubwimanaadelain7802
@kubwimanaadelain7802 2 года назад
Ahubwo nateze imbere ruyigi kuko harahodufise impano twabuze uwuduserukira nacane kididibizi kiyagara
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 2 года назад
Imana. Ibahezagire
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 3 года назад
Niyonsaba ✊🏾🇧🇮
@bdhhe6395
@bdhhe6395 2 года назад
Yooo jewe nashaka musabire inimero ya francine
@manirambonadesire4211
@manirambonadesire4211 2 года назад
Francinee tumenyane🤣🤣
@jajaniyo4439
@jajaniyo4439 2 года назад
None gayemwe nukuri ndasavye munyishure kuriki kibazo, Francine Niyonsaba numuhungu canke numukobwa?
@nitangayrvanny7739
@nitangayrvanny7739 2 года назад
Nukuri nibatubwire nanj biracanga
@user-iq6yv5eq8i
@user-iq6yv5eq8i Год назад
Это мальчик, притворяется девушкой
@donarldjerry94
@donarldjerry94 2 года назад
Negative comments! Franc is a woman and has a boyfriend!
@irakozeevelyne6603
@irakozeevelyne6603 2 года назад
uwamwironkey niwe yatomboy kuel.yooh
@elpadrino7872
@elpadrino7872 Год назад
Natation nta minima basaba kuko les nageurs sont invités à travers le programme "universalité " de Solidarité Olympique
@user-yb5po4zd7c
@user-yb5po4zd7c 2 месяца назад
Ntanutubere wifitiye jewe ntavyondavyemera none arajamumihango
@erufyiritana
@erufyiritana 2 года назад
Ikiganiro ciza cane. Elvis you have a great voice to listen to.
@elvisiradukunda1973
@elvisiradukunda1973 2 года назад
Tx
@sumurudialdick6442
@sumurudialdick6442 2 года назад
Imana ikongere inkomezi none uvuga ko udasaba iyo ningabire yawe kandi nzisa none uzogusaba uzomuha?
@sandy2sss827
@sandy2sss827 2 года назад
Ndamukunda kweri
@ndumbulicomedy1197
@ndumbulicomedy1197 2 года назад
Nice girl
@nsabimanaesperance600
@nsabimanaesperance600 2 года назад
Francine wagiriwe ubuntu ikibano kiragoye bari guhava bakwica Gerageza ukure maman wawe ruguru
@mdsalem591
@mdsalem591 Год назад
Waraserustebwawa amaguru yawe aragukijije
@bintoukeita8239
@bintoukeita8239 2 года назад
Avuga neza pe
@richardninganza1026
@richardninganza1026 2 года назад
Karibu Rockford Illinois
@wardah8988
@wardah8988 2 года назад
Francine turakwemera ariko ndipfuza kukubona wambaye ikanzu canje ijipo
@user-gn9hy5to3g
@user-gn9hy5to3g 2 года назад
Courage farancine
@Nzohabonayojerome
@Nzohabonayojerome 4 месяца назад
Komera komera
@jeanmarie2578
@jeanmarie2578 2 года назад
Courage francine
@Hozianaa
@Hozianaa 2 года назад
Arasa n'abagabo pe
@phanuelofficial
@phanuelofficial 2 года назад
Ntamwuga udakiza
@user-qc1hp1gw9z
@user-qc1hp1gw9z 3 месяца назад
Irambire mukobwa wa yesu🎉🎉
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 2 года назад
Sha urasobanutse kweli
@shukublack2983
@shukublack2983 3 года назад
🇧🇮💞💞💞💞💞💞💞💞
@grandmachannel8828
@grandmachannel8828 2 года назад
Ministere ya sport yarakoshereje Francine kweli kubona batamushyigikiye ngo bamuhe uniform y’ikiranga i Gihugu.🙉🙊🙆‍♀️😜
@mimimanirakiza6478
@mimimanirakiza6478 2 года назад
Namahoro ga ncuti zanje iyo modoka ndayibuka nije naizanye mwi kontenere ndaikuye kukivuko ci dal salam
@nyandwienock1885
@nyandwienock1885 3 года назад
Wewendakwemera uruwiwacu.
@inarukundoesperide8541
@inarukundoesperide8541 2 года назад
lMana ninziza nukuri
@thaddeendayizeye9581
@thaddeendayizeye9581 2 года назад
#Francine, uri source d'inspiration pour la jeunesse de notre chère patrie #BI. #BETV murakoze ariko mukomeze kurondera n'urundi rwaruka rwiteje imbere kugira bayagire uburundi.
@osiasshemezimana6419
@osiasshemezimana6419 Год назад
Jewe ndi umuntu wikarusi nyabikere nn wew ngo uvuk iwacu kwitab?
@josephitangishaka960
@josephitangishaka960 2 года назад
Go ahead
@innocarimana
@innocarimana 2 года назад
Mureke kubesha uwo ni umugabo si umukenyezi
@kayanzatite1734
@kayanzatite1734 2 года назад
Impanuro nziza caane
@louisehabimana9290
@louisehabimana9290 2 года назад
Utwenga neza
@noretalewis8358
@noretalewis8358 2 года назад
😳
@ninettehappynessninettehap7007
@ninettehappynessninettehap7007 2 года назад
Hemw jenubu sindatahur kwarumukobwa cank umuhungu arko mana urigitangaza 🙏
@sssccc3987
@sssccc3987 2 года назад
Ntamabere afise
@seigneursoitloue3065
@seigneursoitloue3065 2 года назад
Sss çcc ,ngo ntamabere afise!washaka akwonse!
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 2 года назад
Irivuga gufarānsīna ni rije mu mavuga y'Ikirundi kuko uwo mwigeme ni icitegererezo.
@Nina-tf2wy
@Nina-tf2wy 2 года назад
This is a man ..seriously
@estellandayishimiye1581
@estellandayishimiye1581 2 года назад
Nineza komera
@rojasjonas6451
@rojasjonas6451 2 года назад
Francine nuwikarusi iwacu nasewiwe ndamuzi gusa se yaratay mama wiwe kera
@arstideingabireyimana4004
@arstideingabireyimana4004 2 года назад
Uraturyohera cane
Далее
Ivyo utari uzi kuri Francine Niyonsaba
27:49
Просмотров 38 тыс.
2DROTS vs RISENHAHA! КУБОК ФИФЕРОВ 2 ТУР
11:31
Kettim gul opkegani😋
00:37
Просмотров 439 тыс.
AMAKURU KURI BETV KU WA 26/7/2024
13:53
Просмотров 602
Francine Niyonsaba Shatters 2K World Record
10:00
Просмотров 54 тыс.
20 июля 2024 г.
0:11
Просмотров 2,6 млн