Тёмный

INTAHE YA FRANCINE NIYONSABA IBABAJE CANE😭 umwana w’ishushu,PAPA NTAWENZI KANDI SINSHAKA KUMUMENYA 

Siren Vibes TV
Подписаться 154 тыс.
Просмотров 102 тыс.
50% 1

#sirenvibestv #myjourney

Опубликовано:

 

24 мар 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 411   
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 месяца назад
Hiiii Bakunzi b’ikiganiro my Journey😍😍 FRANCINE NIYONSABA MWESE MURAMUZI ariko mwari mubizi ko yagiye kwiruka muri CHAMPION D’AFRIQUE atiye ibirato umugenzi wiwe? Mwari muzi ko yarezwe na Nyina gusa mu bukene budasanzwe?? Kuba uyu musi yitwa AMBASSADEUR NI INTAHE IDASANZWE🥹 Ikiganiro kiraryoshe ariko kiratwigisha vyinshi ntikibacike🙏🏽 And please share it with your friends of family for us❤️
@user-wl2ys7ub3c
@user-wl2ys7ub3c 3 месяца назад
Wampa nimero yawe
@damienbahenda4863
@damienbahenda4863 3 месяца назад
Francine uri mu bantu uburundi bw'ejo burindiriye pour une jeunesse unie
@andikamagazine
@andikamagazine 3 месяца назад
Well done @hosy
@kwizerazenon3696
@kwizerazenon3696 3 месяца назад
Ndashimiye @sirenvibtv kuri iki kiganiro. Sinagikwirikiranye nk'ikiganiro, nagikwirikiranye nk'icigwa (cours). Ndashimiye Ambassadeur Francine NIYONSABA kuba yemeye kwitanga nk'icigwa
@kwizerazenon3696
@kwizerazenon3696 3 месяца назад
Hari bēénshi ingabirano mva bwenge zabo zitaronka akaryo k'ukuja ahagaragara. Nayo ni intambamyi mu zindi, ituma hari abapfa umukeno. Hari ico twokora ico twokora nabo bakaronka ayo mahigwe?
@nyleneuwimana6184
@nyleneuwimana6184 3 месяца назад
Waaaaaaaoooo hosy merci beaucoup kutuzanira Francine NIYONSABA siren vibes ❤️❤️❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@egidedusabe6605
@egidedusabe6605 3 месяца назад
Uritse naho iburundi natwe abanyarwanda turagukunda cyane .ubwo wirukaga ugaheza uruwambere twarishimye tura simbuka turishima pee Francine tu❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤bcp
@patrickngendakumana
@patrickngendakumana 3 месяца назад
Wubahwe!!!burya abarundi n'abanyarwanda ntangorane dufitaniye(ingorane ziri hagati y'abanyepolitiki b'Uburundi n'aburwanda)natwe turabafana ncuti turabakunda
@egidedusabe6605
@egidedusabe6605 3 месяца назад
@@patrickngendakumana wow merci beaucoup Mon Frere
@marieconcilienahayo1890
@marieconcilienahayo1890 3 месяца назад
❤ Francine ndifuza kukuvugisha
@Freench20204
@Freench20204 3 месяца назад
❤❤❤❤❤❤
@Freench20204
@Freench20204 3 месяца назад
Ndagukunda francine courageee
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 3 месяца назад
francine courage kabisa siwe wenyene nibensh bihakanywe kabisa aband ntibagirigwe amahigwe yokubamenya but never give up
@ClementineMANIRAKIZA-cw2gd
@ClementineMANIRAKIZA-cw2gd 3 месяца назад
Francine yubahwe vrmnt uwo Mme nawe aciye ubwenge cane.
@MuhozaChadia-in4fm
@MuhozaChadia-in4fm 3 месяца назад
Nukur sindababesha francine araryohera cane ingene rero yivugira😊😊😊😊
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o 3 месяца назад
😂😂 nanje ukuntu avuga birarangora kumenya neza nyen 😂
@user-dl9gb5vv6t
@user-dl9gb5vv6t 3 месяца назад
Nakurikiye ibiganiro n'igishika cinshi. Félicitations Ku mutuumirwa wawe Francine dukunda cane Ndemeranya KO entreprises zitwarwa n'abakenyezi zifise succès kuruta izitwawe na gitsinagabo. N'ibihugu vyinshi biteye imbere usangamwo abategarugori a cut above mu nzego zitandukanye gushika no mu gisirikare. Honneur aux dames de coeur et d'essence. Muhezagirwe
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 3 месяца назад
Komera @Hosy Irakoze 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🫶🫶🫶,wakoze kutuzanira @Francine Niyonsaba umu athlète wa mbere mu Burundi 🇧🇮🙌🏾🙌🏾🙌🏾,Love from Sweden 🇸🇪
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck 3 месяца назад
Francine ni intangarugero kuribenshi,kandi kuva nunvise intahe yiwe naramukunze cane mbere,kuba amafranga yambere yaronse atayajanye mubitagirikimazi,muga akibuka ahoyasize umuvyeyi 😢😢 Imana ikomeze imuhumugisha impande zose.
@user-lp4le1os8r
@user-lp4le1os8r 3 месяца назад
Hosy uwundi munsi bazozanane na chr❤wiwe🙈😂😂pls!!
@ClaudineKamikazi-sh4jw
@ClaudineKamikazi-sh4jw 3 месяца назад
😂😂😂 baramuzan kbx
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 3 месяца назад
Francine ndamukunda kuko aratera inkuru😂😂😂❤❤
@GaparayeJerryJessecarrel
@GaparayeJerryJessecarrel 3 месяца назад
Thank you for inviting Amb Francine....turasavye abandi ba sporting pls
@anitaniyonkuru5721
@anitaniyonkuru5721 3 месяца назад
Ndakunda Francine ngene akunda maman wiwe. Ngo "maman wanje n'umuntu adasanzwe" mu biganiro vyinshi atanga arabivuga
@Aud-Aufaril78389
@Aud-Aufaril78389 3 месяца назад
Fara shaaa😂❤ Iki kiganiro kiraryoshe vrmt Thank you sister Hosy
@liesseineza-vs6uj
@liesseineza-vs6uj 3 месяца назад
Intahe nziza cane yigishije benshi Merci Hosy &Francine
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 3 месяца назад
Francine wacu sha hejuru cane Imana igume iguhezagira...Hosy merci ❤❤❤❤❤❤
@BernisseAkimana-th7ie
@BernisseAkimana-th7ie 3 месяца назад
Ndakunze ukuntu uvuga Francine Niyosaba hejuru cn niho tukwifuriza gushika abarundi turinyuma yawe🇧🇮 kandi turagukunda ❤
@jeanberchmasnizonzima6058
@jeanberchmasnizonzima6058 3 месяца назад
umunyeshuri wacu muri INSP
@emakellyina3869
@emakellyina3869 3 месяца назад
Imana ibandanye ikuba hafi,numva ndagukunze cane,nkunda caractère yawe,ta vie inspire beaucoup,merci de partager.
@user-zz2lm9pm9b
@user-zz2lm9pm9b 3 месяца назад
Hosy merci bcp chérie kukiganiro kiryoshe cane
@dieudonneNd
@dieudonneNd 3 месяца назад
One of kinda ... keep the spirit high..🇧🇮
@willyntahomvukiye2622
@willyntahomvukiye2622 3 месяца назад
Francine yubahwe sana . Hosy merci sana kumutuzanira
@user-ry4yo1xq3o
@user-ry4yo1xq3o 3 месяца назад
Style zabahungu zirakubera ❤❤❤
@M.fred.
@M.fred. 3 месяца назад
Merci Hosy kutuzanira umuntu aduha courage kubantu twavuye Kure biduha Gukora de plus✊️❤from🇫🇷
@LandryDusabepromoter257
@LandryDusabepromoter257 3 месяца назад
Gufita intego mubuzima nivyiza cane kabisaaa uranyigishije vyinshi ndakwigirako vyinshi cane ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@bibikiki8437
@bibikiki8437 3 месяца назад
Bravo Francine 👍👌🇧🇮🇨🇦❤️❤️❤️ Hosy wakoze kutuzanira Francine 🙏🏿❤️
@AliFaxi-Mille
@AliFaxi-Mille 3 месяца назад
Waoo Kuva kumwana angana gute nn bisab amahera Francine wubahwe❤❤
@GivasNgezaho
@GivasNgezaho 3 месяца назад
Merci hosy kutuzanira Francine,avuga neza go ahead
@nkengurutsechristian473
@nkengurutsechristian473 3 месяца назад
I like her attitude and personality.❤
@crescentbanyakiranwa
@crescentbanyakiranwa 3 месяца назад
Turagushimuye Francine kuntahe urikuratanga,IMANA ikomeze kukuj'imbere. Maman wawe akomeze kunezerwa🎉
@NsavyumuremyiDieudonne-mu8fp
@NsavyumuremyiDieudonne-mu8fp 2 месяца назад
bons temoignages!gerageza utegure urundi rwaruka ruzogusubirira mumis irimbere!
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 3 месяца назад
Francine Imana iguhezagire.ndakunda ingene uri humble uri akarorero keza vraiment.❤❤❤
@NdayizeyeEsperance-zf8vx
@NdayizeyeEsperance-zf8vx 3 месяца назад
NdakWifurije kubandanya utera imbere
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 3 месяца назад
Imana ni nziza sana
@annonciateniyonsaba6716
@annonciateniyonsaba6716 Месяц назад
Félicitation sha Niyonsaba wanje. Ntagupfina dans la vie 🎉🎉🎉
@Possible204
@Possible204 3 месяца назад
From Italy. Francine ni icirore. Hosy uri keza
@barakabarkey9374
@barakabarkey9374 2 месяца назад
Ba Maman nka boooose kwa kweli Nintwari nanje Ndimwo🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@inagwen8086
@inagwen8086 3 месяца назад
😍😍😍 so humble
@sylviebigirimana
@sylviebigirimana 3 месяца назад
Hejuru cane niho nkwipfuriza gushika twarahiganwe uransiga arik ndanezerwa kubona uburundi buzwi kubwawe Fany.big up sana!
@user-mu2yf1pq6z
@user-mu2yf1pq6z 3 месяца назад
Asigaye avuga nijwi nkiryamahungu nukuri urintwari cyane Francine niyonsaba
@umubyeyialphonsine6793
@umubyeyialphonsine6793 2 месяца назад
Arashimishije cyaneee !! Ni intwari y'umukobwa. Courage Francine !!!
@dianenukuri6241
@dianenukuri6241 3 месяца назад
Ndakubona sis Francine. I love you❤️
@dianekn7139
@dianekn7139 3 месяца назад
twese turamuzi Francine, nawewe Hosy turakuzi. Mwese muri aba stars
@NadegeTuyisenge
@NadegeTuyisenge 3 месяца назад
Merci ma Hosy kuri émission nziza..w na Francine mwatuganiriy nez😘
@user-ge8mj2yr6c
@user-ge8mj2yr6c 3 месяца назад
Merci 🎉❤ Francine step by step😎😍😎😍😎
@user-bh1eh1gz4t
@user-bh1eh1gz4t 2 месяца назад
Mwaramutse. Ni ukuri ndashimiye umwubahwa Francine Niyonsaba kuri iki kiganiro. Hari akantu ansizemwo. Ndakengurukiye n'uwamutumiye. Francine nkwifurije kutazokwigera ucika intege. Abantu bose tukwigireko na cane cane abakenyezi. Imana ibandanye ikuja imbere
@twinsmom-td7gb
@twinsmom-td7gb 3 месяца назад
Blessings to you Francine
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 3 месяца назад
Wooooa francine imbere cyane ❤❤❤❤❤❤
@user-ki4yn5um8r
@user-ki4yn5um8r 3 месяца назад
Imana iguhezagire uranyigishije cane urintwari kure hashoboka niho nkwifurije
@SolangeINGABIRE-tw7po
@SolangeINGABIRE-tw7po 2 месяца назад
Bravo tu es la meilleure la nouvelle génération zimufateho comme exemple il faut transmettre la relève ma sœur utararuha cane.❤❤❤
@fidesinimahye5376
@fidesinimahye5376 3 месяца назад
😂😂😂😂Atisinateye imbere kuko ndikigugu ndafise ubwenge, turagukunda sister wacu Francine ❤❤❤❤❤❤❤, Nukumutora mugwego rwigihugu 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ManirampaJean
@ManirampaJean 2 месяца назад
Imana ikuzigame ndagukunda
@hervenihezagire
@hervenihezagire 3 месяца назад
Salut #Francine twizere kukibandanya gutwara imidari mpuzamakungu. Turashaka kukubona ubandanya amahiganwa malgré les cas difficile uhura nazo. Tukwipfurij kubandanya uteriteka igihugu🇧🇮cacu
@agnesmutegwaraba1403
@agnesmutegwaraba1403 3 месяца назад
Les burundais vous etes terrible mwivanguramoko Imana ibabarirekweri
@syellagakiza2943
@syellagakiza2943 3 месяца назад
Francine hejuru cane🔥🔥🔥🇧🇮
@DjumaOmar-ux4ox
@DjumaOmar-ux4ox 3 месяца назад
Courage Francine IMana ikujimber mwiza maman waw aguhoza kumutima❤
@user-yh7um3xt5t
@user-yh7um3xt5t 3 месяца назад
Imana ninkuru kabisa ifise inzira nyishi❤❤❤
@GilbertNiyonzima-jp5fk
@GilbertNiyonzima-jp5fk 3 месяца назад
Vyiza cane kuntahe ya Francine Hama ico womenya nuko umwana avutse ise akamwihakana IMANA yo ntimwihakana twese nubuntu bwi'mana Turyirirwa mwakoze kukiganiro mudushikirije🙏🙏🙏
@GraceTuyikeze
@GraceTuyikeze 3 месяца назад
Waaaaooo merci francine turakunezererewe cyane❤
@aimonslavolonte7660
@aimonslavolonte7660 Месяц назад
Ndababajwe n’ukuntu Francine atari muri Jeux qu’olympiques za 2024, mba mu Bufaransa nari Kuja ku muraba❤N’idarapo.
@ravannkunzimana962
@ravannkunzimana962 2 месяца назад
bonjour et merci pour l'emission Francine ter'imbere caaane ivyiza biracahari imbere!!! nashaka kumenya amasaha bigishirizako abana les samedis matin. merci
@LaridorNshimirimana-vm8ox
@LaridorNshimirimana-vm8ox 3 месяца назад
Fara Umugisha wUHORAHO mumpande zose!! Bandanya ukunda umuvyeyi
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire 2 месяца назад
Imana igume ikuzigama Francine uri intwarikazi❤❤❤
@ericballack8219
@ericballack8219 3 месяца назад
I love it
@user-uv5ux9ri8u
@user-uv5ux9ri8u 2 месяца назад
Heshima kwa Francine 👏👏👏👏 Urashoboye,,,,,
@bizimananicky-patricia1688
@bizimananicky-patricia1688 3 месяца назад
Jewe ndamukunda basha Francine vrmnt,mu mundamukirize yemwe.tell her there's someone who loved hr pe❤
@NiyomwungereElvenie
@NiyomwungereElvenie 3 месяца назад
Ndamukunda Francine courage
@evelynekaneza
@evelynekaneza 3 месяца назад
Francine turagushimiye warateturuye Uburundi ❤❤
@user-du7yi9zf4c
@user-du7yi9zf4c 2 месяца назад
Imana ibandanye ikuj'imbere uter'imbere nk'umuzinga,uwukwanka akwandureko sha Francine,abaguhora ukowaremye nabo ubihoze
@theddyninderere
@theddyninderere 2 месяца назад
Merci Fara, courage Bcq!!!
@amoranews6017
@amoranews6017 3 месяца назад
Des coeurs pour elle ❤❤❤
@Samanthamagny8
@Samanthamagny8 3 месяца назад
Yooooo sha 😢😢😢 wagiz neza kumutumira sha
@languidenizigama5795
@languidenizigama5795 3 месяца назад
Nanje ndakunda Francine kubwishaka ryiwe,courage,imbere hashoboka murundikazi wacu
@muhimpundueliane1237
@muhimpundueliane1237 3 месяца назад
Sha Francine ndagukunda cane gose komera sha urintwari❤
@user-wb4vy6ez9e
@user-wb4vy6ez9e 3 месяца назад
Vrem uravy francine numuhung yiberey aho gus courage
@LorraineAyinkamiye
@LorraineAyinkamiye 3 месяца назад
Abana batazi ba Se tumenyane...
@kamikazijocelyne5666
@kamikazijocelyne5666 2 месяца назад
wubahwe diii francine Imana yashatse guhoza umuvyeyi yakureze wenyene mubukene bwiweeee
@MireilleAkiteretse-er7wg
@MireilleAkiteretse-er7wg 2 месяца назад
Francine ndamuzi ariko intahe yiw ntay naribwumve... Nanje numv nshak kumeny kwiruka nkawe...narab uko yobigufashamw 🙏🏼
@user-vs6bo6en2b
@user-vs6bo6en2b 3 месяца назад
Jewe ico mbona n uko francine akwiye kuba uwuserukira athlétisme mu burundi kuko ndumva afise intumbero nziza ku gihugu❤
@chancygasabire3196
@chancygasabire3196 3 месяца назад
Faraaa ❤❤❤ courage P
@noellatheartistdoctor
@noellatheartistdoctor 2 месяца назад
Fara aranse ngo sumu star niyo duhuye muri Quartier sinsubira guhema😂😂😂Urakoze cane sha Fara kudutera intege Imana ishishikare kugukomeza ushike kuvyo yaguteguriye🔥🔥🔥
@ntungukarebecca5730
@ntungukarebecca5730 3 месяца назад
Imana ibandanye iguhezagira na mama wawe. Muri intwari
@user-fq6or8nf9i
@user-fq6or8nf9i Месяц назад
Murakoze twaryohewe cane nikiganiro nn Francine ntazovyara kk ww yavyawe
@ladariparko2915
@ladariparko2915 3 месяца назад
Une vraie patriote. Respect!
@signolineinamahoro5964
@signolineinamahoro5964 3 месяца назад
❤❤❤❤francine uter uj imbere mwiza
@user-ef2un5rr6h
@user-ef2un5rr6h 3 месяца назад
francine❤❤❤❤
@gihetatv7604
@gihetatv7604 3 месяца назад
Courage Hosy ubirimwo neza caan usigaye uzi kubaza utubazo neza
@odf1977
@odf1977 3 месяца назад
Humura Imana irakuzi
@LeaSibomana
@LeaSibomana 2 месяца назад
Murakoze cane turabateye intege
@turi386
@turi386 3 месяца назад
Ndagushimiye munyamakuru kuko Francine nari ndamukumbuye canee nahora murondera naramubuze
@DieudonneeDiego
@DieudonneeDiego Месяц назад
Urakaramba ❤
@jeannettemarora7601
@jeannettemarora7601 3 месяца назад
Courage Francine wacuuuu ❤❤❤
@nibirantijeevelyne3623
@nibirantijeevelyne3623 2 месяца назад
Imana iragukunda
@DieudonneeDiego
@DieudonneeDiego Месяц назад
Urakaramba❤
@nicoleirakoze8953
@nicoleirakoze8953 3 месяца назад
Oooohh❤❤
@EnerstChakawa
@EnerstChakawa 3 месяца назад
Whaouuu uyo niw muntu wamber utuzaniy twar dukeney...Arik nashak umumbarize ko atamabere yigeze kugira
@user-rb6ee5dq9d
@user-rb6ee5dq9d 2 месяца назад
Komera cane mukobwa wintwarikazi ndagukunda kuko ntiwireze agafyinyi kandi nukuri wubahwee
@user-nr5rx5ow5i
@user-nr5rx5ow5i 3 месяца назад
Umurwanashaka wacu Fafa❤❤❤
@DieudonneeDiego
@DieudonneeDiego Месяц назад
Urakaramba🎉
@user-xl1dr1rs3y
@user-xl1dr1rs3y 3 месяца назад
Azoduhe agafoto yambaye ikanzu please
@sethirumva2880
@sethirumva2880 3 месяца назад
Urakaramba Francine.ukomeze uteza imbere abawe n'igihugu cacu
Далее
когда мучает жажда // EVA mash
00:58
Просмотров 629 тыс.
Francine Niyonsaba Shatters 2K World Record
10:00
Просмотров 53 тыс.