Тёмный

Ikiyago Prezida NEVA yagiranye n'umurundi yahora aba Canada, ubu ari mu burimyi n'ubworozi i Murwi 

Mashariki TV
Подписаться 315 тыс.
Просмотров 51 тыс.
50% 1

Ikiyago Umukuru w'Igihugu yagiranye na Jackson NAHAYO, umurundi yahora aba muri #Canada akaba aherutse gutaha mu #Burundi. Prezida Evariste Ndayishimiye yamusanze muri komine Murwi y'intara ya #Cibitoke aho ariko ararangurira umugambi w'uburimyi n'ubworozi. Ni icihe cigwa ku bandi barundi baba mu bindi bihugu?

Опубликовано:

 

6 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 78   
@uwasejeanclaude2772
@uwasejeanclaude2772 Год назад
Abarundi murabanyamahirwe kujyira umuyobozi nkuyu Imana imurinde kdi imuhe umujyisha
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 Год назад
Amen 🙏 murakoze kumihezagiro yanyu.
@nsavyimanajoel873
@nsavyimanajoel873 Год назад
Ndashimira cane nyakwubahwa umukuru wigihugu Imana yomwijuru izomuzigame. Ariko ndagaya abantu babura ico bavuga Kandi bagize amahigwe yokubonana numukuru wigihugu ivyabagore babazungu bireke turabizi umubgire ibibazo biraba abanyacibitoke muri rusangi.
@nyamugishagoreth8556
@nyamugishagoreth8556 Год назад
,ouawwwwwwwwww.merci Excellence Président
@bazirtv
@bazirtv Год назад
ndi Umunyarwanda ako iyo ndebye NEVA mbonako uburundi bufite amahirwe menshi yogutera imbere rubyiruko rw'abarundi mubyaze amahirwe mubona muteze imbere uburundi
@niyokindisilvacharles1955
@niyokindisilvacharles1955 Год назад
Urakoze
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
President Ndayishimiye Best Leader Very inspirational Very Patriotic Very smart Very optimistic A Burundian visionary Icompa nkamuganirira ico mfise muri 3min gusa Long live✊🏾🇧🇮
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
@@peaceloveisrael3992 🙂🤔 Que ce qui te fais croir que je suis Hutu d'abord? Domage pour toi,suis pas Hutu moi! Ariko ndakurahiye ko abahutu ari abagabo a plusieur replise! bubatse Igihugu kuruta abatutsi batwaye bose! Uti "des Cancres" banza utegere ico izina wiyita Peace & Love Israel ico risigura Hama urabe Cancre yoba ikuruta! Uvuze ngo "Ndarebye" nca nsanga ko uribamwe bo kwa Rurakengereza Imana yavumye!naho twobasobanurira,ntivyinjira!Amacakubiri muvuka muyonka! Tu t es crois un Caucasien au peau Noir!? T es rage toi Idiot Rwandais 🙄 Degage de cette Vlog Burundaise! Canke uzanywe n'uguhiga abagabo!? urerembura ayo amaso nayo menyo maremare aseruka y abanyarwanda! Uzi ngo uhava uronka uworara akurongora!?Higira ahandi ...Nous ne sommes pas des pédés nous les Burundais!
@victorg7280
@victorg7280 Год назад
@@peaceloveisrael3992 ,Ako kanwa kawe kuzuye amabyi ,kosohoka mwo ikii kindi usibye umunuko w,umwanda nkuwo uriko uragusohokamwo!!!!!.Wowe uramabyi gusa, ntakindi urico !!!!!
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
@@peaceloveisrael3992 😆😆😆 Nsaba Imana y uBurundi kudukingira Abarundi twese. Udusigo tw'Imico mibi nyarwanda nkawe! God why did you drop this Creature lebelling himself Peace & love shit on our beloved channel??? Je sais que le bon Dieu nous piège à travers ton Caractère Rwandais. Nibaguhe Amazi Umutima wawe utaraturika na stress🤔 Ubu wavyutse ubura ico gukora uza kudutobera?
@j.c.maxima816
@j.c.maxima816 Год назад
Abantu bagifite amoko mu mitwe ni ibijuju... Ntibazi aho Isi igeze! Imana itabare Afrika... Imana ikize u Rwanda n'u Burundi! 🙏🏽🙏🏽 Vive Ndayishimiye, Vive Kagame, vive les peuples frères !
@victorg7280
@victorg7280 Год назад
@@j.c.maxima816 Barahari ubwonko bwabo bwasigaye inyuma caaane. Imana isi igira nuko ari bake nkuwo musega uriko uriyamamura kururu rubuga
@Nandaise
@Nandaise Год назад
Umukuru w'Igihugu cacu nintwari Imana ikuje imbere muri vyose
@danielhakuzweyezu
@danielhakuzweyezu Год назад
Turagushimiye mukuru wigihugu komeza uharanire amahoro nukuri
@ismahtv299
@ismahtv299 Год назад
Neva is cool President.
@MbonyiUpdates
@MbonyiUpdates 4 месяца назад
Imana izaduhe prezida nkuwo u Burundi ,aratuje kandi ashyira mugaciro
@WARS_THROUGH_AGES
@WARS_THROUGH_AGES Год назад
The best leader kweli! Love from 🇷🇼
@WARS_THROUGH_AGES
@WARS_THROUGH_AGES Год назад
@anny leslie Uwineza why??!
@emmanuellairambona3749
@emmanuellairambona3749 Год назад
JACKSON MUCH RESPECT MUHUNGU W IMANA UTUNGE UTUNGANIRWE. IVYO UKORA BIRASHIMWA . UFASHA BENSHI. HOBA BA JACKSON BENSHI MUGIHUGU GOD BLESS YOU MY BROTHER
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 Год назад
As president,guhimiriza abantu gukora nivyiza cane.Uburundi mwiterambere kubwa mobilisations za nyakwubahwa
@didiermurangara5213
@didiermurangara5213 Год назад
Murakoze gosee kweli uri umuvyeyi abushitse, Ndukunda ukuntu utera intege twebwe abarundi.
@hategekimanamariespeciose5701
Wakoze cane president Nukur uwomu papa Yakoze neza cane
@tijorico7906
@tijorico7906 Год назад
Peace and Love Israel,,,amakuru yawe turagusengera nawe uheze utahure ko u Burundi buriko buratera imbere,,,
@thewisetv3989
@thewisetv3989 Год назад
Imanimujimbere imyaka yose Azokure Afrika mubuja
@nsavyimanaemmanuelique5873
@nsavyimanaemmanuelique5873 Год назад
Turakwishimiye notre président
@goodlyf4151
@goodlyf4151 Год назад
Abarundi bikigihe bafite amahirwe. NEVA yoherejwe n'IMANA. Neva must be protected at all cost. The most humblest president in the world.
@wakandatyganelsonofficiall6395
Good interview
@akarabom5435
@akarabom5435 Год назад
N umu leader cyane Ndamukunda pe.
@ezechielkabanda1616
@ezechielkabanda1616 Год назад
Wawo very interesting uburongozi bwiza bwegere Abaturage
@babacool2800
@babacool2800 Год назад
Very nice. Abandi ba jeunes bagukureko akarorero bareke guhera mumahanga
@edisonsinyarwe6777
@edisonsinyarwe6777 Год назад
Mwikomerr bubahwa🇧🇮🇧🇮 nabandi babonereho vuba naj ndagaruka mva 🇿🇲
@patrickbarutwanayo150
@patrickbarutwanayo150 Год назад
Vyiza cane, na sebarundi ahezagirwe cane gutemberera uwo mwene wacu ari kukivi c iterambere nanje nzoza ndabe ko noterera agacumu k ibikorwa vy iterambere.👏👏👏👏
@kanyarwandamicomyizasef7922
Good president
@jacksonhatungimana6685
@jacksonhatungimana6685 Год назад
Umukuru w'ugihugu cacu yubahwe aradutera intege mw'iterambere
@dieudonnekayobera933
@dieudonnekayobera933 Год назад
AMAHORO ! OYEEEEEEEEEE100%
@tijorico7906
@tijorico7906 Год назад
le Burundi progresse abana bigihugu ni vyiza kuko baje iwabo ku gatumba guteza imbere igihugu,,,tuzokigire ciza caneee nka Dubai..maze amakungu aduhurumbire
@immaculeeintaramirwa8250
@immaculeeintaramirwa8250 Год назад
Birashimishije cyaneeeee rwose
@angelmona8506
@angelmona8506 Год назад
Abarundi mwarakize sha nimwibereho! Ntabwo mufite umutegetsi wirirwa ababwira ko azabarasa ku manywa y'ihangu, akishimira ko ngo ababa hanze y'igihugu bose babeshwaho no guterura amakarito!
@fatiyananzeyima
@fatiyananzeyima Год назад
nikweli
@alineshima7033
@alineshima7033 Год назад
Imana iduhe amahoro idukurireho bakaboko bashaka kurya ivyabandi babiriye akuya
@akarabom5435
@akarabom5435 Год назад
Nzaza kwisabira umbwenegihugu nibere Umurundikazi pe.
@joleal7941
@joleal7941 Год назад
Mwubahwe cane
@niyomugabojohn8329
@niyomugabojohn8329 Год назад
Abaperezida bandi ba Africa bakwiye kumwigiraho kuicisha bugufi
@nkurunzizaachel1357
@nkurunzizaachel1357 Год назад
Nikweli kabusa najewe nzotaha kabisa
@holinessamandine9047
@holinessamandine9047 Год назад
Ikindi burya tuguma twirengagiza hanze batera imbere kubera bakora 24h/24 ,ni ukuvuga ko umuntu wese bamuhembera kw'isaha yakoze ,kandi bifasha ibintu ko bidateba,umuntu ntibamuruhishe akora ivyo ashoboye kuko atanguye kuruha no kurambirwa aca yica akazi agaca atangura no kwidodomba no gutoba ,kandi haca haba ico bita innovation ,kandi usanga abantu bose baronse ico bakora akarorero nko ugira saisie mw'imashine usanga iyo tache ikora abantu bashika nka bane canke batanu barakurakuranwa ku munsi ku munsi bigaca binyaruka.
@lovepeace5460
@lovepeace5460 Год назад
inzira yiterambere, nigupunguza ingingo namategeko bivuka burimusi.
@janviermichel1332
@janviermichel1332 Год назад
NYAKUBAHWA Perezida twebwe mu Rwanda tukubonamo umuyobozi abarundi bari bategereje! Ubwo wubakiye Ku mahoro ingoma yawe ntizasitara! Kandi uburundi bugiye gutera intambwe ndende: pas de géant!
@charlestwahirwa5148
@charlestwahirwa5148 Год назад
H:E neva
@muslimmuslim512
@muslimmuslim512 Год назад
Nyakubahwa uvuzukuri amahoro niyo nkingi yiterambere gusa namwe mudufashe kwaba bantu bagifise invungo yacaratunye ngo cavuye hejuru muyituze ahasigaye amahoro asasagare muburundi benuburundi bubake igihugu dusiganwe nabandi mukubaka igihugu
@iradukundajoshua2351
@iradukundajoshua2351 Год назад
Imbuto yindina ufite sinziza,kandi hano murwa zirahari p
@mr.blessing6886
@mr.blessing6886 Год назад
Nukuri nkunda President wu Burundi 🇧🇮 love from Rwanda 🇷🇼
@erickmpendwa
@erickmpendwa Год назад
Muvyey wacu wubahwe kbs🇧🇮
@gerardmanirema4621
@gerardmanirema4621 Год назад
Amahoro
@Lumumba7_
@Lumumba7_ Год назад
I love this President. Kd nukuri imana ikoze kurinda Burundi ikomeze itekane natwe i Rwanda twabonye icyiza cyamahoro Gusa Nkunda uyu mu President w’uburundi ari humble cyane rwose
@solangenshimirimana4527
@solangenshimirimana4527 Год назад
Ukonukuri muvyeyi wacuù,turi kukivi imbere niheza cane
@bolingojeanbosco5985
@bolingojeanbosco5985 Год назад
🙏🙏🙏🙏👉👌🌹🌹🌹
@francoisnkundabagenzi4832
@francoisnkundabagenzi4832 Год назад
Nkeneye nume
@mukamusirikarevenantie3893
@mukamusirikarevenantie3893 Год назад
Hhhhhhhhhhhhh Neva here is becoming local leader and is leading locally 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@ciellabwitonze2854
@ciellabwitonze2854 Год назад
Umuvyeyi koko.Wubahwe
@collettentasoni1749
@collettentasoni1749 Год назад
Nizo nsina uzikorere ndashimiye kubyo watangiye
@rizikichantal651
@rizikichantal651 Год назад
💖👍👌🙏🙋‍♀️💪👈
@kayitesijolly7291
@kayitesijolly7291 Год назад
Hhhhh ndumiwe. Uyu ni Magufuri wazukiye muburundi pe!!! NEVA yubahwe KBS!!!!!!
@migazocumba7212
@migazocumba7212 Год назад
Muvyeyi wacu ndasavy muturonderere ibikoresho vyuburimyi bigezweho kabisa harageze ko natwe twituburira ibifungurwa aho twashonje ni kera naj ndaje kabisa kuburimyi
@alfredomurego6947
@alfredomurego6947 Год назад
Abarundi ba diaspora mugabanye ikiyeli.
@مممكطم
@مممكطم Год назад
Nimuhezagigwe
@chrismuganwa8634
@chrismuganwa8634 Год назад
Umuntu yagize iyi editing yiheze amazina yise uyo muntu: Yitwa Jackson Quincy NAHAYO!! Burundi bwacu Burundi buhire!!
@francoisnkundabagenzi4832
@francoisnkundabagenzi4832 Год назад
Yawe musaza
@khadizamohammed53
@khadizamohammed53 Год назад
Ego cane
@boobohhh3029
@boobohhh3029 Год назад
👌🌷🌷🌷🌷
Далее
Boti yazama Goma, raia walilia barabara!
3:23
Просмотров 1,2 тыс.