Ohhhhh elle a 1000 fois raison 👍👍👍👍👍👍👍👍 je suis rwandais en diaspora c est la première fois que je vois une personne qui panse exactement comme moi 👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍
Mushobora kubona abantu bigira aba analyst bikaboneka ko ukuri ari kwinshi muga nkuyu kubunini ndamubonana , nubushake sikirenga canke akaba atagifise namba ibaze ngo ararenza 30 ans none iyo marriage yarayifuje mpaka imyaka irahera iyi ni prolongation ngo aracari jeune, intwari tubibona kumwe murihooo😅. Caho hasi mukandeho
Hello Juste Gaël Merci kuri interview Je pense que chaque personne a l droit d’avoir son avis opinion Kandi elle a raison sur des points Gusa urumva ko ari perdue dans ce qu’elle dit Mais je crois yuko umutumire wawe afise des blessures de l’âme(kandi zikomeye)kandi heureusement izo zirab traités Merci
Il ya des gens fidel sha, nakugerageza ku généralisa pour se sentir mieux!! Wavyivugiy wewe umeze nkibikoko icubona uri en rut nico nyene!!! Mais il ya des gens fidèle!! Naho worarako ntiyopfa yavaze umuntu barikumwe!! La loyauté et la fidélité ni choix!!
Ubivuze nez "mutarabana uba war ubayeho gute?" Ntibari bwabane yar akir inkumi ntiyar bwaje kur fréquence y abubatse NB: sinshigikiye ubusambanyi mais raba umuntu w umwizerwa pour éviter les regrets mu nyuma
The analogy of the mammiferes of not having one wife is categorically wrong....Mukobwa kurongora canke kurongorwa si mandatory....ariko kuba fidele muri marriage ni mandatory kandi irashoboka caane gose. Ikidutandukanya nibindi bikoko ni vie intellectuelle . L'intelligence est la foundation de L'Amour et de la vie quotidienne.Imana yaremye abantu ngo babane.Igikuru ni urukundo sha....niyo fondation ya vyose.
Le message transmi était clair mais ntiyamenye ukwo ayivuga ou ayishikiriza.Par Exemple "Urugo numugambi wi'Imana" hama iyindi exemple "Ntarugo rwubaka urundi",iyindi exemple "Mumbarize nti mbega fidelité c est du corps,de l'âme et de l"esprit?"Ni kangahe abagabo canke abagore tuvuy imbere ya TV vers 22h atanumwe aba ariko avugana nuwundi puis hageze amabanga ugasanga soit la femme ari mouillée soit l autre il est excité mugishika muri chambre?" Iyindi exemple " Abakobwa bose ntibagenewe kubaka"mais ntibisigura ko urugo ari rubi".Iyindi exemple "Mumahirwe nomumarworwa uwogira commentaire nuwuba abibamwo c'est une personne Mariée.Et ntahuza une personne non Mariée ni gute agira commentaire sur une vie conjugale? autre chose la plygamie,uti wokwemera kuba umugore wa gatatu?Avant de parler Mugenzi nkunda kuba uwagatatu tubanz tube uwambere puis on evalue la vie conjugale uri urumwe murugo.C'est vraie hariho conflit de génération ihari cad hariho generation itariko irakora ubutumwa bayo.Akarorero" ce qu'on appelle cyber sexualité en famille bisigura gusambanira kwitelephone.Umuvyeyi waw il a 60ans arabizi?mais jw de 40ans marié avec X enfant nimba yesu yaranzuy nkazukana naw ndiko nkoriki kugira yafidelité ibanz ihere muvyo dukoresha,muakanwa kacu nomuri batoya banje ?Chère Amie Le secret y'Urugo C'est dieu dans ton corps,dans ton âme et dans ton esprit".Kandi urugo n'Umugisha.Hezagirwa bagenzi nongera ntasha na Gael kumpwemu idasanzwe.
Bon d.une part ivyo uvuga vyuko wobanza kwitonda ,ukarondera birumvikana ariko sha kutubaka navyo avec le corps sinibaza ko utazisanga m.ubusambanyi!!,nibaza ko wosenga Imana irafise uko yateguye uko uzobaho Kandi sivyiza kurabira kubo vyashikiye nawe ugacuhita wibaza ko bizokubako.