Тёмный

ABAKOBWA ubu dukoresha imiti kugira ABAHUNGU baturongore//ABAHUNGU barongora ABAKECURU kubera ubuken 

UMUKUBITO
Подписаться 169 тыс.
Просмотров 12 тыс.
50% 1

ABAKOBWA ubu dukoresha imiti kugira ABAHUNGU baturongore//ABAHUNGU barongora ABAKECURU kubera ubuken

Развлечения

Опубликовано:

 

26 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 68   
@NackiNellaofficiel
@NackiNellaofficiel Месяц назад
Ababonako nitwaye neza mumpe amashugwe 🤣🤣🤣🫣🫣🥳🥳🤣🤣
@fulgencetuyisenge3135
@fulgencetuyisenge3135 Месяц назад
Dufise abakobwa benshi 😢b'ibipfu....
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 Месяц назад
In box 😂😂😂😂
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 Месяц назад
In box 😂😂😂😂
@jonathanndenzako7349
@jonathanndenzako7349 Месяц назад
Washats kwiy'exhiba none wabishitseko...ewe ubwenge bw abakobwa
@irambonaquelia1924
@irambonaquelia1924 Месяц назад
Ivyo wavuze vyose nukuri ahubwo turabe twikebuke vrem 👍✌️
@aftapat5365
@aftapat5365 Месяц назад
ako kana nikeza pee 🇨🇦🇧🇮❤
@tontonginolla1234
@tontonginolla1234 Месяц назад
Imana Iguhezagire uranshimishije chr wawe yaratomboye❤🎉
@user-zb9uv8rv6o
@user-zb9uv8rv6o Месяц назад
Merci pour l'émission gael. Ariko ndakwisabire ikintuu: uzodutumirire umuntuu yodusigurire impamvu abahungu benshi ba buja basigaye bafise amahereni! 😢! Iyo émission ndayigusavye!
@armstrong2547
@armstrong2547 19 дней назад
Imana idufash turakomerew
@nemrod_nemh
@nemrod_nemh Месяц назад
Très intelligente harakenewe part ya kabiri
@maestroirambona2932
@maestroirambona2932 Месяц назад
Uyu Mukobwa araciye ubwenge ahubwo ndamusabira kubandanya atera imbere🙏🙏🙏
@FidéleBikorimana-f1g
@FidéleBikorimana-f1g Месяц назад
Uyumushikiwacu araciyakenge wallah azivyavuga thank you
@user-gp2ue3hj8z
@user-gp2ue3hj8z 24 дня назад
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz
@BISUKWAVYO
@BISUKWAVYO Месяц назад
Uyumwigeme arasobanutse nciye nibuka idemu iraho😂😂
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 28 дней назад
Uyumukobwa araciyubwenge
@user-ug1xz2gf6t
@user-ug1xz2gf6t 29 дней назад
Nukuri nuwanka urukwavu yokwemerako runyaruka. Umwigeme avugana umutima munda, afise ivyiyumviro birashe kandi arota iterambere ryurugo numubano mwiza. Ndakwipfurije gushika murugo gwiteka mwigeme w'ibanga
@gaspardhabarugira
@gaspardhabarugira Месяц назад
Uyumukobwa yubahwe avuze ibintu bizima
@DianeKamariza-zo9zu
@DianeKamariza-zo9zu Месяц назад
Nukuri uyo Mukobwa avuze ukuri. Umukobwa ashobora kuba iwabo batagira nico barya ariko wewe umuravye ukumigwa uravye nivyo yambaye ugatangara pe
@mrsammyofficiel9246
@mrsammyofficiel9246 Месяц назад
Nella ingo ubimbwire neza peee😂😂😂😂
@Mugishafransine
@Mugishafransine Месяц назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@nirenganira8433
@nirenganira8433 Месяц назад
Hari umuntu aherutse kumbwura ko bamuhaye imiti nase kuvyemera ndamutuka, none nyumvira birabaho
@sizepro5607
@sizepro5607 27 дней назад
Uyu mukobwa nataba arukwiyorobeka afis ivyiyumviro vyabagabo!! Kand biragaragara ko ub buzima bwindyankurye yamaze kubutahura
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 Месяц назад
Ndazi abahungu bifotoza na za snap 😅😅😅 bakipostinga narumiwee 😂😂😂
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Месяц назад
Abarundikazi naba abandi sibo barataye indero ,wumva uno mwigeme ingene avuga ikirundi neza.Abakobwa bo gushira munzu ni mwenaba apana birya birara vyirirwa birizerereza.
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v Месяц назад
Hhhh
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 Месяц назад
Uraciye ubwenge mwigeme indero yabakobwa yaratubanye ndase kweri imana niyo yokutuba hafi
@iranziarnaud-Orgnl
@iranziarnaud-Orgnl Месяц назад
Sh sinarinzi kwabakobw bimvugakuri bubwenge nkabo kobakibaho pe Gaël mpuza nuwomuntu twikorere ivyunguka
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Месяц назад
Kera abahungu n'abakobwa barakura amaboko mu mifuko bagakora, ab'ubu bashaka vyinshi batarushe=ivya gusa.
@NinganzaJean-oh3yj
@NinganzaJean-oh3yj Месяц назад
Nukuri pee !!
@julesspencer517
@julesspencer517 Месяц назад
Juste gaël urakora ikiganiro utubwir ukuntu wabaye successful kur RU-vid twipfuza udupartager experience yaw en tant que journaliste au Burundi kuk ni benshi bipfuza guca amahera kur RU-vid kand vyoba bishimishije peeeh hamwe wokora ico kiganiro ukatwungura ubumenyi
@RahimNishimwe-br9vb
@RahimNishimwe-br9vb 29 дней назад
Mbega nkumukobwa mugiy mukabare yishakira Bavaria sans alcool, za poulets Na jalets, je dis bien wamubwiy uti dusabe brochette! Uwo womukunda canke womureka
@AbdallahHussein-md4qq
@AbdallahHussein-md4qq Месяц назад
S'inari bwabone mwerekana kwo comment muzisoma mwubahw cn
@user-zu8gh2zz6p
@user-zu8gh2zz6p 26 дней назад
Uwo mudemu abahe gael?
@ishimwejf
@ishimwejf Месяц назад
"Tous les chemins menent à Rome"pour dire yuko uko urondera inoti kose c'est ton problème l'essentiel nuko uticwa ninzara hama habe abahungu canke abakobwa abenshi nab matérialiste bose baragutse😂😂
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt Месяц назад
Tugarukire akaranga n'imico Gaël.
@Twese.01
@Twese.01 20 дней назад
Abahungu barondera abakecuru, du moins , abagore babasumba cane mu myaka, biterwa n'ubukene. Abakecuru nabo barondera abasore bakiri bato kuko baba bagomba abo bagirako contrôle vyoroshe ,bafata nk'abana , batinya abo banganya imyaka kuko ivyo vyose batovyemera.
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 Месяц назад
Baramwica😂😂😂
@IrakozeEzéchiel-e3q
@IrakozeEzéchiel-e3q Месяц назад
Hatal vrt ivyubu
@niyomwungerebienvenue7675
@niyomwungerebienvenue7675 Месяц назад
Nukurondera aba kecazi (45ans) izo nkumi tuzihebere abatama,,,vis versa,,ibi biremwa vyo vya generation whatsup na tiktok nakumiro😂😂😂
@SchwalbeNS
@SchwalbeNS Месяц назад
👌💯
@ndikumanaclovis1146
@ndikumanaclovis1146 Месяц назад
Ni ww gusa vrmt
@NiyingaboSylvain-ex9pd
@NiyingaboSylvain-ex9pd Месяц назад
Umukobwa afise ivyumviro nkivyo aracabahoo muburundi?
@niyomwungerebienvenue7675
@niyomwungerebienvenue7675 Месяц назад
Sha uvuze ukuri kweli,,abakobwa baragutse,,,nanj narabuze uqo nokwizera mwiyi bujumbura,,narabuze uwo ndongora ibikenewe ndabifise ariko nguma nigiza igihe inyuma kubera ivyo mbona😢
@EsperanceNsabimana
@EsperanceNsabimana Месяц назад
Akari mu mpene niko kari no muntama burya abahungu nimwe mworoshe? Inda woyibarirwa n'uwayirayeko mugenzi Ivyari amagera vyarageruye ubu satani yarambaye urwaga impande zose rer komeza gusenga Imana izoguhishurira ko ivyo bisayangana vyose ko bitaba ar'inzahabu kandi ko ivyera vyose ataba ari ikivunde n'ikirorina usanga cera
@Mugishafransine
@Mugishafransine Месяц назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ntawe warondeye kwle😂😂😂
@user-gj6et6rg7y
@user-gj6et6rg7y Месяц назад
ivyubu ni hatari kl
@samuelniyo8605
@samuelniyo8605 Месяц назад
Umukubito washitse.nimumpe umu maman wa 45hama ampe imitahe urabe KO tutigirira mariage.nimumpe j'aime abakunda umukubita.
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v Месяц назад
Iki uri mayibobo ige gukora mwambwebwe mwe😂😂😂😂
@Mugishafransine
@Mugishafransine Месяц назад
😂😂😂😂😂😂😂
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA Месяц назад
Like and comment hama twimanukire❤❤🎉
@NdohoAud
@NdohoAud Месяц назад
Aho uradututse kuruwo mugani uko nukudutyoza
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl Месяц назад
Tubwire
@ChadeauMabano-kl3tl
@ChadeauMabano-kl3tl 28 дней назад
Hello,Just Gaël mr6 l'émission mais wahora wibuka kubaza question zikenewe kuki utamubajije ko afise umutype amufise B1 atamufse atubwire jw numva afise ivyiyumviro birashe rép svp
@ChadeauMabano-kl3tl
@ChadeauMabano-kl3tl 28 дней назад
Pr l'émission
@godsjoy3885
@godsjoy3885 Месяц назад
Nellaaa j’suis d toi
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Месяц назад
Fanny Lavine na Nolaske harya😂😂
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Месяц назад
Bakukugiziki😂😂
@Twese.01
@Twese.01 20 дней назад
Ikintu kigorana iyo uwo mu jeune agize mariage nuwo mukobwa amusumba cane mu myaka, nuko umu jeune azoshaka kuguma abaho nk'umujeune ajana nabo , biragorana ko bahuza ivyiyumviro nico gituma bitamara kabiri. Kenshi abo bakecuru aba ari aba divorcé canke abapfakazi ,baba bakeneye aka jeune gashoboye ivyo mu gitanda ariko bakirengagiza ko ako ka jeune kabona abandi bakobwa bato bafise ama tailles akimeze neza kandi biragorana cane ko haba confiance hagati yabo bantu.
@Twese.01
@Twese.01 20 дней назад
Umuntu mutarabana uba umuzi nka 10% gusa , umumenya neza mumaze kubana. Ikindi kintu cane cane kubakobwa no kubahungu bamwe bamwe, kwama witeze ko umugabo/umugore azokubeshaho wicaye, uri muma depenses gusa ataco uriko urinjiza. Je comprends yuko ubuzi bugoye mais hariho ba vyanka ndondera hari n'abandi batagira effort nantoya ngo barabe ico bokora. Mbe wa mugore/ mugabo witeze vyose kuwo mwubakamye umusi atoba akibishoboye canke atakihari woca ubigenza gute ,utize kugira ico uha amaboko. Abagore cane cane mwojijuka abagabo ntibabahende ngo baje gukora bonyene namwe ngo mugume muhira mwishinge kuvyara gusa .
@NackiNellaofficiel
@NackiNellaofficiel Месяц назад
Ababonako nitwaye neza mumpe amashugwe 🤣🤣🤣🫣🫣🥳🥳🤣🤣
@boashamah3642
@boashamah3642 Месяц назад
Naringukumbuye Cherie wanjye ❤❤❤
@nemrod_nemh
@nemrod_nemh Месяц назад
Très intelligente harakenewe part ya kabiri
Далее
Chinese kung fu ||#shorts
1:00
Просмотров 10 млн
I only teach well, why am I a victim
0:42
Просмотров 6 млн
I meet Mr.Beast
0:15
Просмотров 26 млн