Тёмный

Abategetsi b’Uburundi bategerezwa kugira ico bakoze ku mabi abanyagihugu bakorerwa (OMCT) 

Tele Renaissance
Подписаться 107 тыс.
Просмотров 124
50% 1

Ishirahamwe mpuzamakungu rirwanya ihohoterwa rya kiremwa muntu, OMCT mu mpfunyapfunyo, rihamagarira leta y’Uburundi kuva mu gacerere igashengeza abagirwa n’amabi yo kuboreza igufa abo bari bajejwe gukingira aho kwigira sindabibazwa. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru ba runo runani rw’amaradiyo, umwe mu ndongozi z’iryo shirahamwe yamenyesheje ko bafise ivyemezo bikwiye vyerekana uruhara rw’urwego rw’iperereza muri ayo mahano. Akarorero katanzwe akaba ari ak’umunywanyi w’umugambwe MSD yaborejwe igufa bikomeye inyuma y’ugufatirwa mu myiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umuhisi prezida Nkurunziza. Ishirahamwe OMCT riranibutsa ko atari ubwa mbere Uburundi butungwa agatoke muri ayo mahano n’aho ingingo zose zagiye zirafatwa Uburundi butigeze buzishira mu ngiro. Ariko n’aho biri uko, Isidore Ngueuleu, aserukira iryo shirahamwe ku mugabane wa Afrika, amenyesha ko ivyo bitabaca intege kuko ivyemezo bagenda bararonka biheza bigaha inguvu ibirego vyatanzwe muri Sentare mpuzamakungu mpanavyaha, CPI.

Опубликовано:

 

26 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии    
Далее
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
The last one surprised me! 👀 🎈
00:30
Просмотров 3,8 млн
Mer noire : des drones américains agacent Moscou
7:39
Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu
1:59:23
Просмотров 7 тыс.
Nicéphore SOGLO: "Je suis surpris"
24:29
Просмотров 65 тыс.
The last one surprised me! 👀 🎈
00:30
Просмотров 3,8 млн