Тёмный

Mbega vyoba vyoroshe ko umuntu afata ingingo yo guhunguka akava mu mahanga akaza kuba mu Burundi? 

Mashariki TV
Подписаться 293 тыс.
Просмотров 8 тыс.
50% 1

#Burundi: Mbega vyoba vyoroshe ko umuntu afata ingingo yo guhunguka akava mu mahanga akaza kuba mu Burundi? Mu kiyago Mashariki TV yagiranye na Irakoze Ildephonse umwe mu rwaruka aheruka guhunguka inyuma y'imyaka irenga 30 ari mu buhungiro, aho yavukiye akaba yabaye mu makambi z'impunzi zo mu #Rwanda na #Tanzania, aratuyagira ubuzima bwiwe yabayemwo n'icatumye yiyumvira guhunguka ava muri Reta zunze ubumwe za America #USA yariko aronderera ubuzima akaza kwubaka inzu yiwe iteye igomwe mu #Kayanza.

Опубликовано:

 

12 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 26   
@DamasCene-ve4xf
@DamasCene-ve4xf Месяц назад
Mpore mugenzi Ildephonse Ayo mateka niyo yishe akarere , gushika n'aho umengo ntabwenegihugu umuntu afise , & uwubuze igihugu Abura imico n' akaranga. Ivyonavyo n'urufatiro rw' indero. Imana Ihezagire Burundi bwacu Dutanguze amashure Y imico n'akaranga.
@JohnRayPierre
@JohnRayPierre Месяц назад
We really share a lot in common… actually like big bro to me. Stay positive and try your best to bring at least one chance to our country 🇧🇮
@dieudonnebacinoni7552
@dieudonnebacinoni7552 Месяц назад
Ikiganiro ciza. Vyose yabivuze, hasigaye ko impanuro yatanze zigenderwako, na canecane ku rwaruka biyumvira Amerika nkaho ari mw'Ijuru. Ijuru ni ahantu uba mu mahoro n'umunezero.
@joshuanizigiyimana8409
@joshuanizigiyimana8409 Месяц назад
❤❤❤
@je7919
@je7919 Месяц назад
Keep it up man, be blessed Kira kintu gifise invo
@user-yv8dx3lm7w
@user-yv8dx3lm7w Месяц назад
Umuntu wese agira uko apanga ubuzima bwiwe , n'uko abona ibintu ! Jewe abana banje barize baraheza barihiwe n'igihugu , kandi bafise akazi keza , nanje vyose ivyo nkeneye igihugu kirabimpa . America rero ico nabonye abantu tuyibayemwo tutabwirana ingene umuntu yoshika kuco akeneye kuko vyose n'abenegihugu kandi biratangwa ! Uturamukirize ab'iwacu musore . Good job !
@remesha
@remesha Месяц назад
Simuri USA gusa, gusa abarundi mumahanga ntibafashanya, umuntu azikintu cifasha uwundi icigumizako nguwundi yomukurana nivyonibaza. Gusa wumvise inkuru yiwe akwiye kwegera Imana. He is still young man, he will make it as long as he still alive
@user-nf2dz1zf9t
@user-nf2dz1zf9t Месяц назад
Courage
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 Месяц назад
Noguhanura kuba hafi yimana cane kuko inkuru yawe inteye ubwoba
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty Месяц назад
Igarukire iburundi wirire ivoka America ivoka irahenze
@user-jj6bo2oi1d
@user-jj6bo2oi1d Месяц назад
Komera nubundi benaco
@user-yv4tj8ic8r
@user-yv4tj8ic8r Месяц назад
Pole, nivyo waciyemwo. Kandi ndagushimiye kuba uvugishije ukuri udahisha kubuzima waciyemwo. Le monde est mensonge. America bayita paradiso,atariyo!!! Be blessed.
@dieumercibizimana-zw7tx
@dieumercibizimana-zw7tx Месяц назад
Ko America itari paradizo,Président Ndayishimiye visa yasavyeyo yariyiki? Muselumu ariyo gukorayiki?
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
nakomere kumuheto
@charlotteVondro
@charlotteVondro Месяц назад
😊🎉😂
@Kibutura
@Kibutura Месяц назад
Wahungukanye ibitoro?canke wazanye uyomutwe gusa ariko ndakuravye amahanga yarakunaniye kuko kuriyo myaka umaze muri american wakuza urumukire noneho mbona utashe ukenye
@remesha
@remesha Месяц назад
Wewe utanze iyi comment uba iburundi canke mumahanga? Nimbuba muburundi ndakwumva! Wewe ntiwumva ivyoyagiye acamwo vyashobora kumusubiza inyuma? Kazima atashe afise ahashikira kuko ntimwibazeko abagiye hanze bose araba millionaires! Think before you make useless comment 😂
@bostonbasta2737
@bostonbasta2737 Месяц назад
Igitoro cabonets
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 Месяц назад
Hehe ga muta?
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
amahoro numutekano nico gikiru hama nitwaguma dufatanye munda vyose tuzobironka
@Berchiche14
@Berchiche14 Месяц назад
*CORRECTION* : Kuva ku munota wa 6:20 Musuhura twahavuye December 1996 tuja i Lukole hama tuva i Lukole March 2007 tuja i Kanembwa muri Transit (mu mabati).
@christinen8291
@christinen8291 Месяц назад
Oya ,Musuhura twavuyeyo 1995
@Berchiche14
@Berchiche14 Месяц назад
@@christinen8291 Benako ni ho twavuye mu ntango za 1995.
@christinen8291
@christinen8291 Месяц назад
@@Berchiche14 Wabyibagiwe.imyaka ni myinshi
@Berchiche14
@Berchiche14 Месяц назад
@christinen8291 oya wangu,nakwibagirwa ibindi atari inzira ndende z'umusaraba twanyuzemo....1995 ni bwo natangiye ishule muwa mbere hama twimukira i Lukole ngiye mu wa kabiri....Christmas ya 1996 twayiriye bamwe bataraheza no kwubaka amazu.
@razarondiwayezu6314
@razarondiwayezu6314 Месяц назад
Jewe ndamwipfurije gukira ntazongere gusarira iburundi vyogorana kubona izonshihe 🤣
Далее
24 Oras Weekend Express: July 27, 2024 [HD]
25:07
Просмотров 256 тыс.
ТРОЛЛИНГ СКАМЕРА СТАНДОФФ 2
00:59
ТРОЛЛИНГ СКАМЕРА СТАНДОФФ 2
00:59